July 27, 2024

Turakeje cane  umuririmvyi  @kirikou_akili indirimbo yiwe yarengeje 1 million View mukwezi kumwe gusa  

0

aho indirimbo yiwe #Lala yakoranye na @chris_eazy_officiel  umwe mu baririmvyi bagezweho  mu gihugu kibanyi c’Urwanda yamaze  gukwiza umuriyoni w’ abamaze kuyiraba mu kiringo c’ukwezi kumwe gusa

Ntaciyumviro kiratangwa on Turakeje cane  umuririmvyi  @kirikou_akili indirimbo yiwe yarengeje 1 million View mukwezi kumwe gusa  

Siga Iciyumviro