September 30, 2023

Trey Zo & Rappy Boy bagiriraniye amasezerano na BUBET  ishirahamwe rikora ibijanye no Gutigira kunkino zitandukanye  ziba kw’Isi 

0

Bakaba bazokorana nabo muguhayanisha ibikorwa vya BUBET bitandukanye 

Bakaba rero bagiriraniye amasezerano y’amezi 3 bakora nkaba ambassadeurs biryo shirahamwe riri mugihugu cose kubipfuza gutigira bose barashobora kuja munyubakwa zabo canke kurubuga rwabo arirwo www.bubet.bi

Bakaba bashikirije icuma gisanzwe gikora  ico bita Loto akaba  aribwo  bwambere  ico cuma  gishitse muburundi  , abarundi basanzwe batigira bakaba bagiye kuyora

Ntaciyumviro kiratangwa on Trey Zo & Rappy Boy bagiriraniye amasezerano na BUBET  ishirahamwe rikora ibijanye no Gutigira kunkino zitandukanye  ziba kw’Isi 

Siga Iciyumviro