July 27, 2024

rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga 

kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho iryo higanwa ryo gusiganwa n’imiduga ryatangura

rikaba ryitabiririwe n’ibihugu bitandukanye nka Kenya,Rwanda n’ibindi bigiye bitadukanye tutibagiwe n’abarundi babica bigacika bo mu gihugu cacu c’uburundi 

kandi nuko ryitabiriwe nam’amashirahamwe atandukanye yahano mu gihugu cacu nka Assurance BIC

yitabiriye iryo higanwa kugira bereke ko bafashe mu mungongo iryo higanwa 

https://bic.bi/

nakare nivyo basazwe bakora muriryo shirahamwe iryo higanwa rizomara iminsi itatu kuma genekerezo ya 18,19,20 y’ukwezi kwa Myandangaro 

nuko ibibaza biteguye neza ku rwego mpuzamakungu igitangaje nuko kugera ku munsi wa mbere w’igenekerezo rya 14/8/2023 uburaro bwose bwari bwamaze kwuzura

nuko ubona ko iryo higanwa ryari ririndiranwe igishika cinshi mu gihugu cacu kandi rikuzwe nabatari bake rikogera rigakurikiranwa nabenshi

Rallye  internationale yagakuru mu gihugu cacu c’uburundi ryadushwayemwo nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga

5 ivyiyumviro on Rallye rallye internationale yagakuru mu gihugu cacu c’uburundi ryadushwayemwo 

    Yves
    August 19, 2023

    Iri higanwa sukuryoha rirarenze utaje yahovye pe

    0
    0
    Leonard
    August 19, 2023

    Burundi bwacu bwanyaburunga🔥🔥🔥

    0
    0
    Oscar
    August 20, 2023

    Rallye yari sawa cane

    0
    0
    bubuna
    August 20, 2023

    Mwabiteguye neza mwubahwe cane
    Uyumwaka mwarondeye imiduga mishasha kabisa

    0
    0
    luckily
    August 20, 2023

    It was so amazing
    Respect guys

    0
    0

Siga Iciyumviro