May 12, 2024

Uyu niwe yatahukanye ikibanza Ca mbere muri BEST PRESENTER AWARD mu burundi muri uno mwaka

11

BEST PRESENTER ihiganwa ryari ryatangujwe na BBNEWS rikaba ryasozerewe kwi itariki 15/08/2023.

kubashoboye kwitaba kuva muntango gushika munyuma ihiganwa,vyari ibintu bitaboroheye kuko vyasaba ko baronka abantu babatora biciye kumbuga za BBNEWS nka website(bbnewz.com) na Instagram>amahiganwa akaba yakozwe incuro zibiri aho incuro yambere hagize abavamwo hagira abasigara bashitse mugice canyuma arico cahavuye kibonekamwo uwambere gushika kuwa gatatu bashoboye kuronswa ubushimwe butandukanye.

ASTON KING akaba yatwaye ikibanza ca 3 yaronse amafaranga ibihumbi amajana atatu 300.000 Fbu

/akaba akorera i Radio ITEKA/.

Uwabaye uwa kabiri akaba yari Capitaine yatwaye amafaranga ibihumbi amajana atanu 500.000fbu

/akaba akorera Radio PJCLASSIC isamiranira i Bujumbura/

uwatwaye ikibanza cambere akaba ari umwigeme Ginella akaba yatwaye ibihumbi amajana umunani 800.000 Fbu

Akaba akorera Radio Iteka FM

Amahiganwa yatanguye neza akaba yaheze neza atakibazo kihabaye.abateguye amahiganwa bakaba abarangije bavuga intumbero yiryo higanwa aho ahanini harimwo guserura ingabirano zabo bamenyesha makuru bimyidagaduro hamwe kumenyekanisha ibikorwa vya website ariyo bbnewz.com

abashoboye gutsindira ubushimwe bakaba bashimye uko vyatunganijwe narirya narirya ryari imboneka rimwe mugihugu c’Uburundi.

Barangije kandi basaba ko ihiganwa ryoza riraba kenshi kandi ko abashoboye kurifata mumugongo boba benshi kugira baterwe intege zo gukorana umwete mwinshi

11 ivyiyumviro on Uyu niwe yatahukanye ikibanza Ca mbere muri BEST PRESENTER AWARD mu burundi muri uno mwaka

    Arsene
    August 15, 2023

    Mamanyanga.com much respect to capitaine

    0
    0
    manzi@gmail.com
    August 17, 2023

    Wow so nice
    Congratulations Gynella

    0
    0
    Steve
    August 17, 2023

    Nukuri ndabona abigeme barabishoboye bakomeze gutera imbere

    0
    0
    Christa
    August 17, 2023

    Ibintu vyari bisa neza cane gusa twari tumenyereye tubona Award zitandukanye ariko hageze mugutanga ubushimwe ntihagire ubwo batanga ariko Bbnews hejuru cane

    0
    0
    Elouard
    August 17, 2023

    Mbega ko mutavyorosha nikihe gikurikira

    0
    0
    Benis
    August 17, 2023

    Isi ya none🔥🔥🔥

    0
    0
    Gyslaine
    August 17, 2023

    Komwari mwaratevye BBnews kwama muduha bishasha

    0
    0
    Audace
    August 17, 2023

    Mwabikoze neza cane ndabipfurije kugera kure

    1
    0
    Cado
    August 18, 2023

    Congratulations mwabikoze neza
    Bbnews imbere cane
    Mutanguye neza

    0
    0
    Gyna Gynella
    August 19, 2023

    Bbnewz hejuru hejuru 🔥🔥

    0
    0

Siga Iciyumviro