July 27, 2024

NATACHA : Ifoto ya kajipo kagufi, Bamwe bati n’akambaro kibara abandi bati n’ubusirimu.

6

NATACHA : Ifoto ya kajipo kagufi, Bamwe bati n’akambaro kibara abandi bati n’ubusirimu.

Ni NGENDABANKA Natacha, yamenyekanye caNATACHAne nka Natacha Burundi, umwe mubigeme bakora cane, nacane cane gusohora kenshi indirimbo zifise amasanamu akozwe muburyo bwa none, akaba anamaze no gukorana n’abamwe mu baririrmvyi b’ibihangange muri Afrika y’ubuseruko nka Fally Ipupa kuva muri RDC, Sheebah Kalungi na Fik Fameica bo mu bugande, Barnaba Classic wo mugihugu ca Tanzania, Femi One wo mugihugu ca Kenya n’abandi…

Nkabandi baririmvyikazi canke abandi bigeme bakurikiranwa cane kubuga ngurukana bumenyi bakaba bacishimwo bagafata amafoto canke utu video dusa nudusotora abagabo bivuye kuduhuzu tugufi baba babaye, Eka hari naho bifotoreza muduhuzu two musi gusa.

Natacha akaba arumwe muri bake babibikora hano muburundi, akaba afatwa nkumukenyezi arinda cane kuko benshi ngo badatahura ukuntu umuvyeyi w’abana babiri yokora ataco yinona ivyo bo bita ko aruguhena.

Haraheze amasaha make uwo muririmvyikazi ashize ahabona ifoto ari kumusenyi asimbiye mukirere yambaye à kajipo kagufi kamurekura uuburyo ibice vy’ibibero vyiwe biboneka cane araheza akurikiza ijambo rigira riti:

“Don’t Zoom pls”

Ni Post yashobora kurabwa n’abantu benshi ndetse igira nama commentaire menshi cane mukiringo c’isaha imwe ikaba yarimaze gukwiza ama commentaires arenga amajana atanu(500) aho hari abagarutse kunyifato y’uwo muririmvyikazi ko biteyisoni kandi bisa nabi kumuntu y’iyubashe akaba n’umuvyeyi ndetse akaba n’umurundikazi ngo arahonyanga imico y’abarundi; Ariko commentaire nyinshi murizo bakaba basa nabanezerewe nako gafoto ndetse bigarukira no kubutumwa bahawe bwo kutagira Zoom.

Mbega weho izinyambaro woba uzifata nk’ubusirimu ? 

6 ivyiyumviro on NATACHA : Ifoto ya kajipo kagufi, Bamwe bati n’akambaro kibara abandi bati n’ubusirimu.

    dj bob
    August 20, 2023

    Nihatari nihatari

    0
    0
    dj amuza
    August 20, 2023

    Iyi summer iradusiga tugurutse warayi

    0
    0
    zuzu
    August 20, 2023

    Natasha amaze kubaka akazina kweri kweri
    Summer.com

    0
    0
    Vanessa
    August 20, 2023

    Hahaha wapi zoom ntikunda vyanze 😂 😂

    0
    0
    pupae
    August 20, 2023

    Aba photography mwubahwe cane 😂 @Aziza mugisagara .com

    0
    0
    shakira
    August 20, 2023

    Akakambaro nihatari summer
    Ukusirimu wacu natasha
    Amahera.com

    0
    0

Siga Iciyumviro