July 27, 2024

Mugihe haheze amezi atatu gusa umuririmvyi Sat B asohoye indirimbo yise Kidding, indirimbo yamusavye gufata indege agana mugihugu ca Tanzania aho iyo ndirimbo yafashwe amasanamu n’umuhinga muvyamasanamu Director Joezy yigeze kumukorera indirimbo nka No Love na karabarya mumyaka iheze.

Indirimbo Kidding ikaba imaze kumucira inzira zitandukanye mukiringo gito imaze, kurubuga rwiwe rwa Youtube ikaba imaze kurabwa n’abarenga Ibihumbi amajana atandatu na mirongo itanu n’icenda(659k)

Kumuhingamo wuno Musi akaba yashize kumugaragaro aka Video ariko aririmba indirimbo nshasha bivurwa ko izoba yitwa Birateba.

Mbega Iyo ndirimbo uyumva gute ?? Uyiteguriye gute ??

Iciyumviro on Indirimbo nshasha ya Sat B yamose inyuma yo kuva i Burayi

    Victorina
    November 15, 2023

    Hey there just wanted to give you a brief heads up and
    let you know a few of the images aren't loading properly.
    I'm not sure why but I think its a linking issue. I've tried it in two different web
    browsers and both show the same outcome.

    Have a look at my page; how to get more followers on instagram (wwd.com)

    0
    0

Siga Iciyumviro