July 27, 2024

Haraheze imisi abatari bake basaba umumenyeshamakuru Edisson Ndayahoze kubaka urwiwe kumpamvu yuko bavuga ko uwo musore afise imyaka myinshi kandi ko imyaka yose amaze agaragara cane kumbuga atagihe nakimwe yigeze yerekana umwigeme boba bari mu rukundo. 

Uyu mu memenyeshamakuru akorera insamirizi PJ Classic ndetse akaba n’umwe muba Menyeshamakuru bakurikiranwa cane kurubuga rwa Facebook akaba yaremereye abakunzi biwe ko uyu mwaka wa 2023 utarangira adashize mungiro ivyo bipfuza, akaba yaheruka gushira ahabona Ikarata ya Save the Date iyi nayo akaba yarahishije itariki ubugeni bwiwe buzobera ariko agaragaza izina ry’umukunzi wiwe ko yitwa Odeta ; Mugihe bamwe babifashe nkimikino abandi bo babifashe nkaho bikomeza kuja kuyindi ntambwe.

Bidayevye kumusi wejo akaba yarashize kumugaragaro abicishije kuri Status yiwe ya WhatsApp Isanamu yerekana Odetta bagiye kubana uwariwe eka ubu akaba anabarizwa kuri Profile yiwe ya WhatsApp bikavurwa ko uyu mwigeme ashobora kuba arumu Diaspora aho mu bagize ico bavuze muri ko Commentaire hari abavuze ko uyu musore yakurikiye inoti atakindi.

Bikaba bivurwa ko ubukwe bwa Edisson na Odeta bugiye kuba muruku kwezi kw’icumi. Ntakindi twokora atarukubipfuriza urubanza rwiza no kugira urugo ruhire.

Iciyumviro on Odeta wa Edisson yaraye amenyekanye. 

    canada cialis trial
    January 28, 2024

    canada cialis trial

    canada cialis trial

    0
    0

Siga Iciyumviro