July 27, 2024

Haraheze imisi havurwa igiteramo kigiye kubonekamwo umuririmvyi The Ben ava mugihu c’uRwanda kumatariki ya 30/09 na 01/10 ngaha i bujumbura, n’igiteramo cazanye amajambo menshi bivuye kumafaranga uwo muririmvyi yahawe kugira aze murivyo biteramo; Bikaba vyavuzwe ko yahawe Imiriyoni zirenga ijana na mirongo ibiri(120M)

Bikaba vyaravuzwe kandi ko iki giteramo kizobonekamwo umuririmvyi akiri muto Lino G ariko munyuma bikaba vyaramenyekanye ko hari nabandi baririmvyi bo mugihugu c’urwanda bazoba bari murico giteramo nka  Bushari, Shemi, n’abandi…  ndetse na Rj The Dj asanzwe ari Official Dj wa Diamond Platnumz kuva mugihugu ca Tanzaniya

Kumusi wejo umuririmvyi Sat B akaba yarashize ahabona ifoto arikumwe na Nopja yashimze Studio ya Country Records yamenyekanyemwo umuhinyanyuzi Element Eleéeh mugihugu c’urwanda, kuriyo foto akaba yarikumwe kandi John asanzwe arongoye ishirahamwe Now Now Company ryatunganije igiteramo The Ben Live in Bujumbura, abatari bake bakaba baribajije ko uko guhura kwabo gushobora kuvamwo umwumvikano wo kugaragara murico giteramo.

Bikaba birangiye inkuru ibaye ukuri, kuko vyamaze kugaragara kumbuga zabo bompi(Sat B na Big Fizzo) ko bagiye kuzogaragara mugiteramo kidasanzwe kizobera kuri Jardin Public kwigenekerezo rya 01/01 mugihe kwigenekerezo rya 30/09 The Ben azikora igiteramo ca VIP kuri Eden Garden

Bamwe bati iki giteramo ko gitera kiryoha, Mbega witeguriye gute ico giteramo?

Iciyumviro on Big Fizzo na Sat-B bagiye kuboneka mugiteramo ca The Ben i Bujumbura.

    brand cialis no prescription
    January 29, 2024

    brand cialis no prescription

    brand cialis no prescription

    0
    0

Siga Iciyumviro