May 13, 2024

Ikigo OBUHA gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE

20

Ikigo OBUHA kijejwe inyubako za Leta, gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis RWAGASORE), abavyeyi bazohora bibarukiramwo kurino tariki ya 6/12/2023.

Ikigo OBUHA kijejwe inyubako , gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis RWAGASORE), abavyeyi bazohora bibarukiramwo kurino tariki ya 6/12/2023.

abaserukira ibitaro Vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE barashima cane igikorwa c’ikigo OBUHA cabakoreye,ningene Citwararitse iyo nyubako kikaba carashoboye no kwongeramwo nibitari vyarategekanijwe munteguro yibizoba bigize ivyo bitaro,muntumbero yo gushima no gushimira cane ikigo OBUHA abarongoye Ivyo bitaro bavuga ko bagiye no kwubaka inyubako ya laboratoire kandi bipfuza ko OBUHA ariyo yoheza ikaja ku kivi mukuyubaka.

“iyo nyubako ikaba yitiriwe Abavyeyi n’Ibibondo”

KURIKIRANA KURI TV YACU IYI NKURU

20 ivyiyumviro on Ikigo OBUHA gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE

    Nziza
    December 6, 2023

    Imbere cane burundi bwacu
    Mukomeze mutera mujambere
    OBUHA murashoboye cane

    3
    0
    ineza
    December 6, 2023

    mukomerezaho nivyiza cane

    0
    0
    kamari faustin
    December 6, 2023

    mukomeze mwagure ibikorwa burundi bwacu bushike kure

    0
    0
    ELIE
    December 6, 2023

    KABISA OBUHA YACU IMANA IBANDANYE KUYIKOMEZA KUMPANDE ZOSE IGIHUGU CACU NACO KIBE NKIBINDI BIHUGU VYA BURAYA NAHANDI .KOMRA KUBIKORWA

    0
    0
    Ange briella
    December 6, 2023

    Vyiza cane👍

    0
    0
    Ange briella
    December 6, 2023

    Obuha yubahwe

    0
    0
    Bery
    December 6, 2023

    Obuha irakwiye gufasha kwubaka nibindi bitaro bifise ubwakiriro bwabavyeyi bushaje

    2
    0
    Ange briella
    December 6, 2023

    Va toujours de L'Avant obuha on est fier de vos faits

    0
    0
    Kercy
    December 6, 2023

    Va toujours de L'Avant obuha on est fier de vos faits

    0
    0

Siga Iciyumviro