May 13, 2024

Dadju Mugiteramo kimwe na BIG FIZZO, nabandi, muri la Tournee des Amis Gitegurwa na Amstel

12

Dadju Mugiteramo kimwe na BIG FIZZO, nabandi, muri la Tournee des Amis Gitegurwa na Amstel

Umuririmvyi Dadju mugiteramo ciwe I Bujumbiura vyamenyekanye ko Big Fizzo n’abandi batari bake harimwo na Kigingi,R FOW,MONNA WALDA,Ice Vania,hamwe na Emery Sun aribo bazomufasha mugiteramo,azokorera mu Burundi, cama gitegurwa na Amstel, citiriwe La Tournee des amis aho kwinjira azoba ari amafaranga,itike ntoya ibihumbi 30000 fbu,Ticket Vip 100000Fbu,kikazoba itariki 08/12/2023 isaha 9(15h)z’i bujumbura,aho bita kuri Messe des Officiers

abaririmvyi hafi nkabose mukiganiro bakoze kurubuga rwa Amstel burundi Facebook,bavuze ko azoba ari akaryo ko kwiryohera nokwerekana ico bashoboye ,narirya uyo muririmvyi ari umuririmvyi rurangiranwa, azwi nko kwisi yose,ati kandi ko bazoshobora gushikana kure ingabire zabo kuko azoba ari igiteramo kizoba citezwe nabantu benshi bari mumihingo itandukanye eka nabavuye mumihingo mwinshi.

bwarudi irasaba ko mwogura amatike kare ngo kuko ibibanza bitegekanijwe bitazorenga.

mbe mubona abaririmvyi n’abakunzi bumuziki vyukuri bazoba bahishikiye gushigikira abaririmvyi bacu canke bazoba bagiye kuraba,uyo muririmvyi rurangiranwa gusa.

Tubibutse ko ico giteramo cama gitunganywa kenshi ariko ari iryambere BIG FIZZO ashoboye gutumirwa.

igiteramo Vip kikazobera kuri ZION BEACH

12 ivyiyumviro on Dadju Mugiteramo kimwe na BIG FIZZO, nabandi, muri la Tournee des Amis Gitegurwa na Amstel

    Joseph
    December 7, 2023

    Wow wow
    I will be there

    0
    0
    Ange briella
    December 9, 2023

    On eat tous fans de ce merveilleux chanteur Dadju🥳🔥🔥

    1
    0
    Kercy
    December 9, 2023

    Entouka Brarudi SA iriko irashira uburundi kurundi rwego mukuzana abahanzi muzamakungu nka dadju

    0
    0
    Claude
    December 9, 2023

    None Big fizzo muri concert ya dadju vyabahereye he ngo bamushiremwo atana francais azi😂😂

    0
    0
    Laurie
    December 9, 2023

    Kandi mbona banasizemwo Abarundi babishoboye 🔥

    0
    0
    Eloi
    December 9, 2023

    Kubafana dadju afise Messe Des officiers izokwuzura🤩

    0
    0
    Francois
    December 9, 2023

    Ayo mahera Ni menshi , je nta 30mill yomwiyi misi noriha ngo ngiye kuraba dadju😂😂

    0
    0
    Keyskelly
    December 9, 2023

    Ubundi Brarudi SA niyo yacuu😂🔥🔥

    0
    0
    Bery
    December 9, 2023

    Umusi batuzaniye Tayc niho tuzokwemera

    0
    0
    Bella
    December 9, 2023

    Ubundi Bari gukuramwo big fizzo na Emery sun bagashirwmwo drama T na Vania Ice

    0
    0

Siga Iciyumviro