Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda.
Angeline Ndayishimiye yitavye inama mpuzamakungu yiga ku ruhara rw'abakenyezi mw'iterambere. Ku rubibe rwa Gasenyi-Nemba, muri komine Busoni intara ya Kirundo,...