Uy’umunsi kwigenekerezo rya 20 mukakaro uyu mwaka turimwo , Indongozi z’aba diaspora k’urwego ndundi DICOBU
Indongozi z’aba diaspora k’urwego ndundi DICOBU zikaba zatunganije ikiganiro kubanditsi n’abamesha makuru muntumbero yokumenyesha icese ibikorwa vya diaspora ndundi biherekeza indwi yahariwe aba diaspora .
Eric Niragira arongoye diaspora ndundi akaba yamenyesheje ko Mugitondo c’umusi w’ejo hategekanijwe kunagura ubwenge k’ubamenyesha makuru bakorera k’umboneshakure (Télévision en ligne),
Hama kw’itariki 28 /07 uyu mwaka nyene hakaba hategekanijwe kuja kugarukira imiryango yakuwe muzayo kubw’imyuzurira yateye mugatumba.