November 21, 2024

Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

3

D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

Amwe mumajambo yashikirije agishika yavuze Ngo:

Nari Nakumbuye Akaboga K’i Bujumbura, Vyarashitse Ndasohoka Kubwo Gukora ikintu ciza Ndifuza yuko abankurikirana nguma Ndabaha Ibintu bisukuye  cane kandi biransaba Amahera menshi ariko k’ubw’iterambere ryanje ntegerezwa Kubikora…

3 thoughts on “Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca Tanzanie

  1. Mutama bandanya uzoshika kure hashoboka Imana iguhezagire kandi iguhe ivyiyumviro bizima ikurinde ibiyayura mutwe kuko nivyo vyica urwaruka
    Wewe ntuzobijemo
    Ndagusavye

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Verified by MonsterInsights