Mr Franck’s Cooker From Burundi African
NI UMWE MUBA KINJITSI BAKOMEYE CANE MU BURUNDI Agira uti NOUS SOMMES CE QUE NOUS MANGEOS
Kumazina ni MUGISHA Franck lly Yamenyekanye cane nka FRANCK’S COOKER Muba kinjitsi Babarundi babigize umwuga
IKINYAMAKURU BBNEWS Caramutse kigendera uwo mukinjitsi Yatumenyeshejeko Bimutunze kandiko Bimufitiye akamaro cane
MUGISHA FRANCK LLY agira ati nje ahongeze ubu nshoboye kugira ishure ry’igisha Gukinjika kand kanatsinda ndamaze kurikora ndatanga nimpamya bushobozi kubize ivyo Guteka nka CUISINE MIXTE
Sivyo gusa Fisemwo uburambe kuko no mubijanye na PATISERIE ndashobora kubatunganiriza vyishi bijanye navyo Murico gisata
Natanguye bigoye cane nja kuvyiga mumashure ndetse nisanze ndanabifitiye impano murivyo Ndahamagarira uwowese y’ipfuza gutunganirizwa mubijanye no gukorerwa imanza nziza cane mukubatunganiriza urubanza bagafungura neza kuko musanzwe muziko Turico Dufungura Abatari bake ngo baramaze guhurumbira uwo mwuga Wo guteka
INTAMBAMYI BAHURA NAZO
1 : Ntabwo baha agaciro kabereye aba kinjitsi ngo bakorerwe n’AMASHURE y’akarorero yo kuvyiga Kandingo N’abavyiga ntibashoka baronka ubuzi hirya nino ngo berekane ivyo bize
#bbnews #Hosted Rachidi NT #BURUNDI AFRICAN
Burundi 🇧🇮 ifite talented kabisa
Frank komerezaho uzoshika kure cane Imana izogushoboze ushike kunzozi zawe
Uhezagirwe
ntamwuga udakiza pe
uyu mwuga ugezweho cane buja
barakwiye kuza baravuga aho bavyigisha kugirango beshi babikwirikirane kuko numwuga mwiza cane
komeza cane
ntacobuza gutera imbere ubikore ubikunda gusa
birahimbaye cane gose
Gwaruka ibi bitubere icigwa
tugerageze gukunda akazi kandi atako dukengera
Ese muburundi hariho umuntu akigaya akazi
bariho kuko nubu haribonekeza ugwaruka kumabarabara
bibaho bakabura ivyo gukora