Bururi : Inyuma yo kurekurwa n’Umukuru w’igihugu, yafashwe yivye ipikipiki
Muri Komine n’intara ya Bururi, hari umuntu yafashwe n’igipolisi ku mutaga wo kuri uyu wa 18/11/2024 yivye ipikipiki. Ivyo bikaba bibaye inyuma yo kurekurwa ku kigongwe c’Umukuru w’igihugu kuri uyu w’Imana mw’ibohero rya Murembwe mu ntara ya Rumonge. Mu makuru ava aho i Bururi aremeza ko yafatiwe kw’ibariyeri y’igipolisi i Bururi, ubu akaba ariko arabazwa mu gipolisi c’inyamiramabi i Bururi, nk’uko tubishikirizwa n’iradiyo Bonesha FM.
Muri wa mugambi w’umukuru w’igihugu, wo kurekura abanyororo bakoze ivyaha bito n’abamaze ica kane c’umunyororo wabo, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 17/11/2024, mw’ibohero rikuru rya Rumonge harekuwe abanyororo barenga 190.
Ubusuma bukwiye guteshwa
Iyakariye ntigaheba
ingeso iraraba ntihwera
ivyo bintu birakwiye gutuzwa pee
ariko abantu vrema hhhhh
ubusuma bwasaze kabisa mugihugu
usanga yari yaborewe nkri
ubusuma bwabaye ndanse
nugufungwa ubutakigaruka uwo kln
noe bamufashe bigenze gte?
yafashwe yanyoye ntamuntu muzima agifatwa
yari yakumbuye gufungwa
igipolisi cacu kiri mukazi kabisa
uwo muhungu nikijuju kabisa
yarabonye ko vyoroshe kln
mbe numwe muri bamwe barekurwa?
nukuraba bakabafunga bose
ubwo busuma nihatari kln?
uwo akwiye umunyororo wo guherayo
usanga yari yahaze urumogi uyo kabisa
amategeko arakwiye gukora kln
Agatoki kamenyereye gukomba kama gahese .
uwo arakwiye guhabwa agashimwe kigisuma cambere kln
None nkubu yihoye iki nukuri yari gupfuma asaba ayoze hama bamuhembere nuko nico yagikoze abe make ariko ayaronke.
Yari akwiye ahubwo guca yereka akarorero abandi none aciye asubira kandi kwimaramaza.
ibisuma ko bitera birwira muburundi
harakwiye kwigwa ukuntu ubwo busuma bwogabanuka kln
nibabareke nabo baronke ivyo bafungura kln
harakwiye guhabwa abanyororo baba barekuwe imitahe kugira bagabanye kwiba
nibaze baraba nabo barekura ingene baba bameze
hhhhh uyo arazi kwironderera kabisa
asha kabaye nkri
emwe nihatari kln
uyo musuma ntabwenge yakoresheje kln
gsaa biratahuritse kln yoryiki noe?
babareke barondere ivyo bafungura kln
turasavye mumubabarire uwo muntu kln
mumwirekere yironderere utwafungura
ntawundi boba baradufatira?
yarayicikanye namwe muciye mumwicira kln
nihatari kabisa
ibisuma birakwiye guhabwa imitahe kabisa😂
mube mubareka barondere uduharage kln
uyo muntu arateye amakenga kabisa
hakwiye gufungwa abasamaye bakareka gukurikirana ibintu vyabo
gusa ivyo bintu birakwiye guhagarikwa kln
ubusuma bwabaye bwinshi vrema
Yooooo nihatari kabisa
abarekuwe barakwiye guhabwa agatahe kugira bisununure kln
Eeeeeh nihatar kl agatoki kamenyerey gukomba kaguma gahetamy😐😐
BBNEWS hejuru cne muza muratwapdatinga
ubusuma buri kwinshi nibarabe barabire no mubundi buryo kln
mureke uwo mwana wigihugu
ahubwo biba buhoro kln
hariho abantu nukuri batumva
Uwo mbona vyari kuba vyiza iyo bari kuba baramugumizamwo kuko ndabona ntaraheba ingeso
HAhahahaha Uwo mugabo aranyumije Nukuri
Yebegaye weeee none uwo mugabo ubwo ntarumogi anwa?
None nkaho bazosubira kumwizera ?uwo ahubwo ubu ngira azoca aherayo
nibaza ko uwo mugabo ahubw ashobora kuba afise ikibazo co mumutwe
Nawe yakunda imoto uwo mugabo
Ewn c’est terrible😅😅
Ewn c’est terrible
Yabura gutekereza kugira amanze yitekerezeho.
Yasohotse asanga ibintu vyarazimvye acahitamwo inzira yoroshe.
Inzara ni mbi vraiment.
Barakwiye kwiyumvirira kucerekeye ama centre d’encandrement kubafungwa baba babohowe kugira ngo nuzugerageje gukora ibiri hanze yivyo baba bayaze agaca asubizwa mwibohero.
Ubusuma nukubutuza nukuri kubera birateye agahinda ingene umuntu akomeye amaguru namaboko ashobora kwiyumvira kwiba hari nabatayafise bakora akazi baba bashoboye ataco barinze kuraba .
Muduhe tumwereke.
None nkubu yihoye iki vraiment?
Ngira ngo niyo bamusubizayo azokzikubita agashi.
abafungwa baronkejwe ico boca baba barakora vyofasha yuko batonagira iciyumviro zokuja mungeso zubusuma naho yoba afise ako gatima ko kubikora koca kahava.