Bujumbura : Abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 22/12/2024, abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari, iyo modoka ikaba yariko izanana mw'ibarabara rikuru no...
Kuri uyu w’Imana, igenekerezo rya 22/12/2024, abantu 5 baraye bahitanywe n’isanganya ry’imodokari, iyo modoka ikaba yariko izanana mw'ibarabara rikuru no...
Kuva aho ishirahamwe Ingo Magazine ritsindiye isoko ryo gutegura bushasha ihiganwa Miss Burundi, ryamaze gushira ahabona ikirango (logo) gishasha kigiye...
Umuhari wa M23 waraye utangaje ko utazitabira ibiganiro bihuza ubutegetsi bwa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo (DRC) n’imihari yitwaje ibirwanisho,...
Kuri uyu wa 19 Kigarama 2024, umukuru w’igihugu ca Republika Iharanira Demokarasi ya Congo (RDC) yaraye ahinduye umukuru w’igisirikare c’igihugu...
Amakaminuza amwe amwe yo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, yatanguye guhamagarira abanyeshure b’abanyamahanga bayigamo, kugaruka kare mu ntango za...
Umukuru w’igihugu c’Uburusiya, Vladimir Putin yavuze ko atigeze aganira na Donald Trump aherutse gutorwa ngo yongere gutwara Reta Zunze Ubumwe...
Umuririmvyi Nzeyimana Thomas, benshi bazi nka “Mkombozi” agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20/12/2024 niho...
Mu gisagara ca Bujumbura, niho hazobera amasengesho arangiza umwaka yo gushimira Imana yateguwe y’umuryango w’umukuru w’igihugu ategekanijwe kuva ku wa...
Inyuma y’inama nshikiranganji yabaye ku wa 18/12/2024, bahejeje kuraba no kwiga ku bijanye n’integuro y’amafaranga Reta izokoresha muri uyu mwaka...
Amafaranga arenga gato imiriyaridi 4.211 niyo bitegekanijwe ko azinjira mu kigega ca Reta, mu gihe ayarenga imiriyaridi 4.711 ariyo ategekanywa...