Banki yiterambere rya Africa (African Development Bank) yategekanije amafaranga yababa imiriyoni amajana atandatu na mirongo icenda nagatandatu z’amadorari ($696.41) mumugambi wokwubaka inzira ya gari ya moshi.
Iyo nzira ya gari ya moshi ikaba igiye kuzohuza Uburundi, Tanzania na Congo Kandi uyo mugambi ukaba ugiye Kuba inkingi...