May 19, 2024

Président de la REPUBLIQUE EVALISTE NDAYISHIMIYE Yifadikanije n’Abene gihugu Muguhimbaza uwo musi mpuzamakungu wahariwe abakozi nakazi muntara ya kayanza kuri STADE GATWARO Ahivyo birori vyabereye

Mbe twovugako iyo tariki yahariwe uwo musi mpuzamakungu wabakozi n’akazi aha mu BURUNDI Twovugako tuwuhimbaje mumahoro mbese no mwiyimbura ryiza ryibiterwa

IKINYAMAKURU NKA BROADCSTING BUSINESS NEWS TWAGERAGEJE KUGENDERA IBIBANZA BITANDUKANYE TWABONYEKO NKAHOSE ABARUNDI BITABIRIYE UWOMUSI MUKURU NAHA MUGISAGARA CA BUJUMBURA

Abatari bake bazindukiye muri DEFIRE hama ahotwaciye nkaheshi no mububare butandukanye bariko bivuna akanyota twovugako umusi twawishimiye nkabeshi #BBNEWS

Iciyumviro on UMUSI MUKURU MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABAKOZI N’AKAZI

    Rachidi
    May 1, 2024

    Amakuru meza cane mukomeze kuduhereza inkuru Muhezagirwe cane

    0
    0

Siga Iciyumviro