May 19, 2024

Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) Ni Wamugambi wo kwiteza imbere nkuko nyene Icubahiro UMUKURU W’IGIHUGU #Evaliste NDAYISHIMIYE abahamagarira

0

Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) Ni Wamugambi wo kwiteza imbere nkuko nyene Icubahiro UMUKURU W’IGIHUGU #Evaliste NDAYISHIMIYE Ahamagarira aba Jeunes Guharanira iterambere rya #BURUNDI Bweje ni Urwaruka rugera kuri 14 bagiye hamwe harimwo abigeme 7 n’Abahungu 7 Bashinga #Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) risanzwe Rihingura Amasabune

Beshi mubagiye hamwe barakenguruka cane ukuntu biriko bibahirira akamaro cane Mumiryango yabo “”NGO TUGIHEZA AMASHURE NTITWICAYE NGO DUTEGEREZE AKAZI KA RETA TWAGIYE HAMWE TWUNGA UMUGAMBI WUKUNTU TWOKWITEZA IMBERE TUMAZE KURANGIZA AMASHURE UBU TURASHIMA INTABWE TUGEZEKO””

Ngo barashimira cane amashirahamwe naba Bank adahengeshanya gufasha Imitahe Urwaruka rwipfuza gukora nka #PAEEJ BURUNDI #BIJE EKA NIZINDI

Urwa Rwaruka Ruhamagarira uwowese Koyokora amaboko mumpuzu agakora Ngo Bubutunzi n’iterambere Birarondera

#président wa Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) #Dieu Donne NIJIMBERE #BBNEWS#PAEJJE#BIJE#hostedRachidi Loy

Ntaciyumviro kiratangwa on Coopérative Initiative des Sages Dynamiques (CISAD) Ni Wamugambi wo kwiteza imbere nkuko nyene Icubahiro UMUKURU W’IGIHUGU #Evaliste NDAYISHIMIYE abahamagarira

Siga Iciyumviro