May 19, 2024

🚨 Abaririmvyi bagize Les Jumeaux Music babonetse bicaye mubamenyeshamakuru bari bitavye ubutumire bw’umuririmvyi Mantha Gracia igihe yagirana nabo ikiganiro.

✅Tubajije umwe muribo , yatubwiye ko bari baje gushigikira uyu mwana akiri muto cane yinjiye mumwuga wo kuririmba no guhimbaza #Imana:

« N’umwana akiri muto, afise ijwi ryiza, arazi kuririmba kandi indirimbo zose araziyandikira, twebwe turamaze kuzumva zose zimeze neza kandi arakeneye abamuha coaching muri uru rugendo atanguye ».

🎤Yabandanije avuga ko banezerejwe n’ukuntu abavyeyi biwe bamushigikiye bidasanzwe mbere banavyiyemeje kubibandanya gushika agejeje ubutumwa bwiza kure cane.

#bbnewz #facebook #instagram #youtube

Ntaciyumviro kiratangwa on Abaririmvyi bagize Les Jumeaux Music babonetse bicaye mubamenyeshamakuru

Siga Iciyumviro