Wari ubizi ko amatora yageze
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.
Umusore yitwa Bosco asanzwe akora umwuga wo kugendesha imodoka mu gisagara ca Bujumbura, aravunira akagohe urwaruka cane cane rwo mu...
Mu bintu nyamukuru twomenya ku ndinganizo nshasha y’intara zigize Uburundi n’uko guhera mu mwaka wa 2025, igihugu c’Uburundi kizoba kigizwe...
Muri iki gihe c’imvura, abenegihugu bo mu ntara ya Bujumbura neza na neza mu Gatumba, ahaherutse kuba imyuzurira y’amazi iturutse...
Igihugu c’Uburundi, ari naco cakiriye inkino za Afrika z’akarere ka 3 (zone 3) mw’ihiganwa ryo kwoga ryabereye kuri Entente Sportive,...
Igihe c’isaha 2 zo mu gitondo (8h00) ku kibuga CTN kiri mu Ngagara habaye urukino rw’abigeme, umugwi Top Girls Academy...
Kuva kuri uyu wa 22/11/2024 hatanguye i Bujumbura mu Burundi, inkino zo kwoga z'akarere ka gatatu (zone 3) kagize ishirahamwe...
Ku mutaga w’uyu wa 22/11/2024, ku mugabane wa buraya hahejeje kuba tombora y’ingene imigwi igiye guhura mu gice ca kane...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ntako atariko aragira mu gukebura abarundi ngo baze barabe neza mu gutora indongozi zabo mu...
Umurundikazi Sandrine Niyonkuru, umukinyi yakiniye imigwi nka Fofila PF wo mu Burundi, Fontaine Gate wo mu gihugu ca Tanzanie, Tutankhamun...