Burundi : Mu misi 3 abarundi bamaze kwiyandikisha ku rugero rwa 29%
Mu kiringo c’imisi 3 igikorwa co kwandika abazitabira amatora yo muri 2025 kimaze, abarundi bari mu Burundi bamaze kwiyandikisha bangana...
Mu kiringo c’imisi 3 igikorwa co kwandika abazitabira amatora yo muri 2025 kimaze, abarundi bari mu Burundi bamaze kwiyandikisha bangana...
Nibitanga Nadine, musitanteri wa Komine Mpanda mu ntara ya Bubanza, yamenyesheje kuri uyu wa 24/10/2024 ko kubera abenegihugu bo muri...
Umurwi wa Real Madrid na FC Barcelone bazokina urukino rwabo kuri uyu wa 26/10/2024, abatari bake bakibaza uwuzotahukana intsinzi, narirya...
Kuri uyu wa 25 Gitugutu 2024, ikigo Obuha kiraba ivy’inyubako, kigiye gushikiriza inyubakwa yo kurindiriramwo ingenzi ku kibuga c'indege mpuzamakungu...
Umuririmvyi Lin Nduwayezu benshi bazi nka Lino-G, yaraye akwije abantu umuriyoni (1.000.000 views) bamaze kuraba indirimbo yiwe “Irya nyuma” ku...
Gushika kuri uyu wa 20 Gitugutu 2024, mu gihugu c’urwanda hamaze kumenyekana ko ikiza Marburg kimaze guhitana abantu bagera kuri...
Kw’igenekerezo rya 21 Gitugutu 2024, Uburundi buribuka imyaka 31 iheze hagandaguwe incungu ya demokarasi, Melchior Ndadaye, yashengeye inyuma y’imisi 102...
Umuntu azogura umutahe mu kigega rusangi, ntazoba aguze ikibanza mw'isoko BUJA Inyuma y’ukwezi kumwe utangujwe, mu mugambi wo kwubaka isoko...
Umwuga wo gutwenza biciye mu nyandiko ziriko amashusho (memes) urashobora kubeshaho abawukora, ariko mu Burundi ntibirakunda neza kubera ko uwo...
Kuva kuri uyu wa 18 gushika ku wa 25 Gitugutu 2024, ni ryo sango ryahawe abanyeshure bakoze ikibazo c'umwaka wa...