Ni ibihe bintu nyamukuru twomenya ku ntara nshasha 5 zizoba zigize Uburundi?
Mu bintu nyamukuru twomenya ku ndinganizo nshasha y’intara zigize Uburundi n’uko guhera mu mwaka wa 2025, igihugu c’Uburundi kizoba kigizwe...
Mu bintu nyamukuru twomenya ku ndinganizo nshasha y’intara zigize Uburundi n’uko guhera mu mwaka wa 2025, igihugu c’Uburundi kizoba kigizwe...
Muri iki gihe c’imvura, abenegihugu bo mu ntara ya Bujumbura neza na neza mu Gatumba, ahaherutse kuba imyuzurira y’amazi iturutse...
Igihugu c’Uburundi, ari naco cakiriye inkino za Afrika z’akarere ka 3 (zone 3) mw’ihiganwa ryo kwoga ryabereye kuri Entente Sportive,...
Igihe c’isaha 2 zo mu gitondo (8h00) ku kibuga CTN kiri mu Ngagara habaye urukino rw’abigeme, umugwi Top Girls Academy...
Kuva kuri uyu wa 22/11/2024 hatanguye i Bujumbura mu Burundi, inkino zo kwoga z'akarere ka gatatu (zone 3) kagize ishirahamwe...
Ku mutaga w’uyu wa 22/11/2024, ku mugabane wa buraya hahejeje kuba tombora y’ingene imigwi igiye guhura mu gice ca kane...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ntako atariko aragira mu gukebura abarundi ngo baze barabe neza mu gutora indongozi zabo mu...
Umurundikazi Sandrine Niyonkuru, umukinyi yakiniye imigwi nka Fofila PF wo mu Burundi, Fontaine Gate wo mu gihugu ca Tanzanie, Tutankhamun...
Ishirahamwe rijejwe gutanga umuyagankuba, Regideso, ribicishije ku rubuga X, ryazindutse rihakana ivyaraye bishikirijwe na Joël Nkurabagaya, umuyobozi w’ikibuga c’indege mpuzamakungu...
Gushika ku muhingamo w’uyu wa 19/11/2024, kuronka ibinyobwa vya Brarudi cane cane Primus na Amstel ni akayoberabahinga. Ikena ry’ivyo binyobwa...