Ni imigambi ingahe yashizwe imbere na Reta y’Uburundi ngo ishigikirwe?
Dufatiye kw’ihangiro nyamukuru ry'inama ihuza abanyamitahe n’abafashanya na Reta y’Uburundi, yatanguye kuri uyu wa 5/12/2024, kwari ugusigurira abanyamitahe mvamakungu ivyiza...
Dufatiye kw’ihangiro nyamukuru ry'inama ihuza abanyamitahe n’abafashanya na Reta y’Uburundi, yatanguye kuri uyu wa 5/12/2024, kwari ugusigurira abanyamitahe mvamakungu ivyiza...
Microfinance COJEB (Coopérative des Jeunes Entrepreneurs Burundais), ni ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana, risanzwe rikorera mu Rubirizi muri Komine Mutimbuzi...
Inzego za Reta zitegerezwa gukora uko zishoboye kose kugira ngo amahera ya Reta ntaze araherera ku bantu bamwe, amahera aherera...
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 5 Kigarama 2024, mu Burundi hatanguye kubera inama idasanzwe ihuza abafasha Uburundi mw’iterambere n’abanyamitahe ...
Kuri uyu wa 5 Kigarama 2024, inama nkenguzamateka y’Uburundi, ihejeje kwemeza Général de brigade Ninteretse Joseph nk’umugenduzi mukuru w’igipolisi mu...
Ikompanyi y’indege Uganda Airlines yaraye ibaye umwunganizi yemewe (Sponsor Officiel) w’igiteramo “Ntwenza Nanje” c’umwe mu bakora umwuga wo gutwenza mu...
Ivyo guhabwa impamyabushobozi kuri uyu wa 4/12/2024, ku banyeshure biga muri kaminuza yitiriwe Equateur (International University of Equator) vyahagaritswe. Biciye...
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi (FIFA) ryarashizeho igikombe c’isi c’imigwi (FIFA CLUB WORLD CUP) ni igikombe gishasha gitandukanye na kirya twari...
Ikigo kijejwe gutoza amakori n’amatagisi (OBR) giheruka guhomba amafaranga angana n’imiriyaridi 110 z’amafaranga y’amarundi, mu mahera ico kigo categekanya kwinjiza...