Basketball : Nta n’umwe atazi Uburundi biciye k’Urunani BBC
Mu nkino z’amaboko (Basketball) ziriko zibera mu gihugu ca Kenya, ngo nta n’umwe asigaye atazi Uburundi kubera umugwi w’Urunani. Uwo...
Mu nkino z’amaboko (Basketball) ziriko zibera mu gihugu ca Kenya, ngo nta n’umwe asigaye atazi Uburundi kubera umugwi w’Urunani. Uwo...
Buri mwaka, ku wa mbere Kigarama, harahimbazwa umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya SIDA. Mu Burundi, uwo musi wahimbajwe ku civugo :...
Mu Burundi, harategekanijwe amatora mu mwaka wa 2025, amatora azoba agizwe n’amatora y'abashingamateka, ay'abajenama ba komine, ay'abakenguzamateka n’ay'abakuru b’imitumba n'amakaritiye....
Mu kiganiro co kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 29/11/2024 cabereye mw’ihoteri Emeraude, cahuje abahinga, abamenyeshamakuru n’abatumire batandukanye, ishirahamwe PARCEM...
Martin Niteretse, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano yahamagariye abakozi ba Reta kwitaho uburimyi. Ivyo yabishikirije mu...
Kuri uyu wa 27/11/2024, Ndihokubwayo Jimmy, umukuru w’ishami ry’abanyeshure b’abarundi bo muri YALI Alumni, yari yitavye inama y’ikigo c’uburongozi bwa...
Kuri uyu wa 29/11/20024, umugwi wo mu Burundi, Urunani, uhejeje kwongera gutsinda ubugira kandi, mu rukino bahejeje gukina na Fox...
Muri uru rutonde rw’abaririmvyi b’abarundi, guhera ku bakera mu muziki, abakundwa cane, abakurikiranwa cane ndetse n’abakiri bashasha mu muziki, hari...
Mu banyororo 5.442 bahawe ikigongwe n'umukuru w'igihugu hamaze kurekurwa 1.956 ni ukuvuga ibice 35.9%. Ivyo biri uko kandi mu gihe...
Ni muri uyu mwaka wa 2025. Twandikire aho munsi muri commentaire utubwire ic'ubivuzeko.