BUJA QUEENS PROTOCOL

BUJA Queens protocol. Niyo yizewe nabatunganije igiteramo c’umuririmvyi Rayvanny ngo bano bakobwa beza dufite mugihugu cacu ciza c’uburundi ngo bamwakire ese utakiriwe nabano bana beza bazi nugutanga services nziza womenya gute ko washitse m’uburundi ni mugihe tubonako ari umurwi mwiza uje warukenewe ahiwacu mugihugu cacu

Ico nikinti ciza cane
Vyiza cane barimukazi kabisa