Kuri uwu wagatandatu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2024, ishirahamwe Care for the children Burundi, ryifatanije n’abana risanzwe rishigikira, ryaratunganije igikorwa co gutera ibiti 300 mu mashure:
Ecofo Mutambara II , Ecofo Mutambara III, hamwe no mukibano. Ico gikorwa kikaba catunganijwe muntumbero yo gukundisha abana igihugu Ico...