#Gitega Kwibuka uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza
#Gitega Kwibuka uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza
Kuri uyumusi wa 8 Ruheshi niho haba ibirori vyo kwibuka Uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza akaba ari n’umusi wahariwe kuzirikana no gukunda Igihugu
Ibirori bikaba vyabereye ahari intatemwa y’Uwo muhisi iri k’umurwa mukuru wa poritike #Gitega
*Nguku ukwo ivyo birori vyagenze*
__________________________________
Inyuma y’indirimbo yaririmbwe na korare Komezagusenga, abari ngaho bakurikiye ivyaranze ubuzima bw’Uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza.
Inyuma yivyo, Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye n’Umutambukanyi wiwe yaciye ashirako urugori rw’amashurwe ku ntatemwa y’Umuhisi Petero Nkurunziza, hakurikira Umuryango usigwa n’Uwahoze arongoye Uburundi Petero Nkurunziza, hanyuma abaserukira ibihugu vyabo mu #Burundi.
Abari ngaho bakaba baciye bumviriza rimwe mu majambo yashikirijwe n’uwo muhisi
Nabandi bategetsi bari bitabiriye ivyo birori harimwo abarongoye Inama nshingamateka , n’abandi
#Uburundi www.bbnewz.com
Keep rest in peaceful
Twarabuze Umugabo pe
Tuzohora tumwibuka