Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla niwe yaserukiye Uburundi muri Miss Teen Universe 2024
Ku myaka 16 gusa, ku mashure 12, Ishimwe Jelly Dilla Gaëlla aserukiye Uburundi muri Miss Teen Universe 2024, igihanwa rigiye kubera mu gihugu ca Afrika y’Epfo guhera ku wa 31 Gitugutu gushika ku wa 10 Munyonyo 2024. Uwo mwigeme afise umugambi wo gufasha abakenyezi mw’iterambere rirama, gushikira indoto zabo mu kwiha agaciro no mu vyo basanzwe bakora.
Iryo higanwa rizoba ririmwo ibihugu 38, Jelly Dilla Gaëlla akavuga ko yiteguye bikwiye hamwe n’umugambi wiwe, mbere akaba yizeye ko azotahukana iryo higanwa. Ibirori nyamukuru bikazobera i Kimberley. Agasaba abarundi bose kumutera intege no kumushigikira kugira ngo uryo higanwa rizotahe mu Burundi.
Mu migambi yiwe ya kazoza akaba yipfuza gushiraho ibigo bifasha abakenyezi kwiteza imbere kugira ngo bashikre rya terambere rirama;
Tumwipfurize gutsinda!
Vyiza cane
Burundi terimbere
Ntaci nubwo atantsinzi yazanye
Ntakintu biryoshe nko kubona umwigeme ahagurutse kubwuguserukira igihugu ciwe mumakungu
Vyukuri ni icitegererezo kidasanzwe kuri zina mwigeme wUmurundikazi,,
Courage Miss Gaëlla
Umusaruro mwiza kugihugu cyacyu
Twizereko Umusaruro Uzoba Mwiza cane
Bizogenda Neza Reka Twizere
Vyiza cane
Yarakiri muto
Wawo vyiza
Imana imujimbere
Yazanyiki
Araduteye iteka
Aho di mushiki wacu
Niryo niteka
Kazima yagarutse amahoro
Turamukeje cane uwo mukenyezi wacu
Dukomeza dutera imbere
Baragahora badutera iteka
Gusa kweri yaduteye iteka nukuntu yarakiri muto
Yarakoze akazi
Gusa icoyazanye ntacotubona
Nibagire inguvu cane nabakenyezi barashoboye
Vyarinivyo yarakoze amateka
Turamukeje abandanye agira inguvu nabandi babonereho
Numukenyezi mwiza cane
Numukenyezi mwiza ateye igomwe
Nabandi bamurabireko
Nabandi Baraba babibona
Nabandi bamurabireko akarorero niwe
Ntibacike intege nubwo atatsinze uyundi munsi bizogend neza
Araciye ubwenge cane
Baraciye ubwenge abakenyezi bacu
Je nanj nugukorana inguvu rose zishoboka paka ndamushikir
Ninde gabasha yoreka kumushigikira
Ninde yoreka kumushigikira
Turashoboye
Bisaba dushigikirwe
Nibubahwe kbsa
Wawo barateye iteka abadundi bose
Birasaba nabandi baciye ubwenge
Birasaba nabandi bazodutera iteka ngiryo aduteye
Nabandi nimushiremwo inguvu
Wawo barateye iteka abadundi bose
Wawo barateye iteka abarundi bose
Aragahora araseruka
Abarundikazi bacu barashoboye tubashigikire
None kwataco yazanye bigende gute
Nitubashigikire cane aba barundikazi
Uwomugambi wiwe wowo nuwahe
Uwomugambi azowushikako
Azotsinda niyizere
Gusa yarakiri muto vyerekaneko aciye ubwenge
Turamukeje imana imuje imbere
Azagende urugendo rwiza
Agire amahirwe meza azatuzanire instinzi
Turamusabira Kumana agire amahirwe
Umugisha namahirwe kuriwe
Umugisha namahirwe kuriwe
Tuvyizereko azatsinda
Tumuhe amahirwe 80% yogutsinda
Ninde kabisa yomwima amahirwe umurundikazi wacu
Azatsinde
Umwana wacu araduteye iteka
Azagende amahoro kandi agaruke ayandi
Azagende amahoro kandi agaruke ayandi
None koyarafise imyaka mikeyi
Ndagukeje uzatuzanire instinzi
Intsinzi niyawe👊
Mbona yaranapanze imigambi amahirwe nigwiwe
Abana nkabo nibo tuba dukeneye
umwanawacu tursmwizeye azabikora
Imana ibibemwo muryarimwo vyose
umwanawacu tursmwizeye azabikora
Nincabwenge cane
None tuvyizereko azotsinda canke
Nagire inguvu
Amahirwe niyawe Gaëlla
None tuvyizereko azotsinda canke