Rallye rallye internationale yagakuru mu gihugu cacu c’uburundi ryadushwayemwo

rallye internationale nihiganwa rikomeye ryo gusiganwa n’imiduga

kuruyu mu goroba wa gatanu igenekerezo rya 18/8/2023 mu ntara ya Ngozi niho iryo higanwa ryo gusiganwa n’imiduga ryatangura

rikaba ryitabiririwe n’ibihugu bitandukanye nka Kenya,Rwanda n’ibindi bigiye bitadukanye tutibagiwe n’abarundi babica bigacika bo mu gihugu cacu c’uburundi

kandi nuko ryitabiriwe nam’amashirahamwe atandukanye yahano mu gihugu cacu nka Assurance BIC

yitabiriye iryo higanwa kugira bereke ko bafashe mu mungongo iryo higanwa


nakare nivyo basazwe bakora muriryo shirahamwe iryo higanwa rizomara iminsi itatu kuma genekerezo ya 18,19,20 y’ukwezi kwa Myandangaro

nuko ibibaza biteguye neza ku rwego mpuzamakungu igitangaje nuko kugera ku munsi wa mbere w’igenekerezo rya 14/8/2023 uburaro bwose bwari bwamaze kwuzura

nuko ubona ko iryo higanwa ryari ririndiranwe igishika cinshi mu gihugu cacu kandi rikuzwe nabatari bake rikogera rigakurikiranwa nabenshi









Iri higanwa sukuryoha rirarenze utaje yahovye pe
Burundi bwacu bwanyaburunga🔥🔥🔥
Rallye yari sawa cane
Mwabiteguye neza mwubahwe cane
Uyumwaka mwarondeye imiduga mishasha kabisa
It was so amazing
Respect guys