Real Madrid irababazwa nuko Kylian Mbappé yongereje amasezerano kugeza muri Ruheshi mu mwaka 2025 mu murwi wa Paris Saint Germain
Mugihe vyanurwanurwa ko ari hafi yo kwinjira mu murwi wa Real Madrid umwaka uheze, Kylian Mbappé yari yarahindutse. Uyu mukinyi Akomoka mu gihugu c Ubufaransa yemejwe na ekipe nkuru y’umurwa mukuru, yongereje amasezerano kugeza muri Ruheshi mu mwaka 2024
Mugihe vyanurwanurwa ko ari hafi yo kwinjira mu murwi wa Real Madrid umwaka uheze, Kylian Mbappé yari yarahindutse. Uyu mukinyi Akomoka mu gihugu c Ubufaransa yemejwe na ekipe nkuru y’umurwa mukuru, yongereje amasezerano kugeza muri Ruheshi mu mwaka 2024, umwaka wiyongeyeko kumasezerano yarahari. Merengue ntiyari kwibagirwa rutahizamu wa Paris kandi ashobora gusubira kwongerwa muri iri ci.
“Intambwe ikurikira? Gutsindira Shampiyona, Ndibaza. Narashoboye gukina finale, Demi finale , kimwe ca kane gishira icanyuma, n’izindi nkino… Narakoze vyose kiretse gutsinda ngereranya (gutwenga). Narabibuze,Ariko ndizera ko vuba bigiye gushika kandi bigashoboka. I Paris Saint Germain Ndi umunya Paris kandi nkurikije amasezerano.
Mukinyamakuru ‘’Tout le sport’’ikiganiro cari cashoboye gukorana nawe, Kylian Mbappé yari yashoboye gusigura ejo hazoza hiwe kandi tugerageje kubirabira hafi ntankeka 90 kwijana birashoboka.
Kuba Kylian Mbappé yatangaje ko yegereje cane kwinjira mu murwi wa Real Madrid mu mpera za shampiyona iheze, akaca ahindura kumunota wanyuma akongereza amasezerano ngo vyarababaje cane Umurwi wa Real madrid.
Ariko Merengue yoba agishishikajwe cane na Kylian Mbappé. Nk’uko amakuru aturuka muri Telegraph abitangaza ngo Real Madrid irashaka gukoresha inguvu mu mahirwe yo gusubira inyuma kwa PSG muri iyi shampiyona kugirango igerageze amahirwe yabo muri uru rubanza rwo gutahukana Mbappe,.
Nimba bizera ko hari amahirwe yo kubona serivisi za Kylian Mbappé,
Sangiza abandi
Izo ngingo ntizoroshe
Kwikura mw’ishirahamwe nkiryo ntabwo biboneka neza.
Jewe nzokwandikira ikete trump ndamubwire asubire muri OMS namba hoba hari umuntu afise numero yiwe ya whatsapp yoyimpa
Ndafise ubwoba bwingene iyi si izoba imeze mumyaka 5 iri imbere
Iconzi nuko nimiti kuma Pharmacie igiye kuzimba
Nibapfume baja gusaba ingurane muri Union European kuko ataruko barahura ningorane zikomeye cane
Amerika sinarinzi ko itinyitse kugeza hiyo hose
Kwikura muri OMS hari amahirwe menshi uba utakaje