UMUGENZI W’ABANA
Care for the children Burundi igiye gusohora igitabu “Umugenzi w’abana”.
N’igitabu gifasha abavyeyi , mu miryango, kurerera abana mw’ijambo ry’Imana, kuva bakiri bato.
Kurerera abana mw’ijambo ry’Imana n’ukubaka igihugu, ishengero n’imiryango itekanye kandi iteye imbere .
Ico gitabu kirungurura kandi kigakomeza ibiganiro hagati y’abana n’abavyeyi.
Toza umwana indero akwiye kwamana azorinda asaza atarayivamwo. Imigani 22: 6
https://www.facebook.com/careforthechildren2020/
https://www.instagram.com/p/CvWgrk3N7P0/?igshid=NTc4MTIwNjQ2YQ==
+257 68137066
+257 7981705
Wow wow
Vyuza cane
Twogisanga amajahe?
Muzogisohora ryari ?
Twobasangahe?
ikigitabu kirekenew cane
vyofasha cane kibonetse kubwishi kubera abana bubu bakura bihebuye cane
birahimbaaye iyabana bakuri mwijambo ryimana
nigitabo cakamaro cane nukuri
None gisohoka ryari ?
kiboneka gute ?
hoho kigugwa gute?
batubwire kugira tumenye uko twokironka cane
birahimbaye cane nukuri
kukuntu bihebuye biranezera iyo bakuriye mwijambo rymana
Ntakintu kiryoshe nkumwana akuriye mwijambo ryimana nukuri
Ndakeje cane abantu bazanye ico gitabu
Hariho abantu bazana ikintu gihuye nibihe turimwo kuko ubu bisabako dusenga cane
gusa icobikoze uwumuntu yumveko tumwishimiye cane
Turakijijwec nukuri kuko amasengesho yabana usanga ukaze
WAOOOO vyiza cane nukuri
Imana ibahezagire cane kugikogwa ciza bakoze
Tubwire basha ukuntu tuzokironka vyoroshe