Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda. 

0

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’U Burundi yafashe urugendo kuri uyu wa kabiri rumushikana mu gihugu c’U Rwanda.

photos 3333

Angeline Ndayishimiye yitavye inama mpuzamakungu yiga ku ruhara rw’abakenyezi mw’iterambere.

Ku rubibe rwa Gasenyi-Nemba, muri komine Busoni intara ya Kirundo, yakiriwe na Daphose Gaharwa, umuhanuzi wa mbere mu biro vy’umutambukanyi w’umukuru w’igihugu c’Urwanda.

[Jeannette Kagame]

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Verified by MonsterInsights