April 26, 2024

Ni kumusi wejo igenekerezo rya 09/2023 aho umuhinga mugutwenzwa akunzwe cane muri kano karere ka Afrika y’ubuseruko agiye guteramisha abakunzi ba Comedy mugihugu ca Kenya neza na neza mugisagara ca Nairobi-Kiyambu Road

Iki giteramo kikaba catunganijwe na Bbnews mu mugambi wayo wo kwegereza abafana abaririmvyi, aba Comediens n’abandi mumihingo itandukanye y’isi, iki giteramo kikaba kigiye kuba inyuma yaho uyu mu comédien akomoka mugihugu ca Tanzania akoze ibiteramo bitatu ngaha muburundi, kimwe akaba yagikoreye mugisagara ca Bujumbura ikindi muntara ya Rumonge hamwe n’ico yaherukirako muntara ya Muyinga

Mbega woburi mugihugu ca Kenya, Kicheche woba umwiteguriye gute ?

Ntaciyumviro kiratangwa on Bbnewz Buca ijana Kicheche mugihugu ca Kenya

Siga Iciyumviro