Amakuru Ibigezweho Inkuru nshasha Politics 74 Post Navigation Previous Ibikorwa bikenewe cane gusumba ibindi nivyo bizoshirwa imbere kubera igihengeri ca OBR c’imiriyaridi 110 Fbu 74 thoughts on “” Jewe nibaza ko Hotangura gutorwa umukuru w’igihugu Reply Ndibaza ko babipanga bivanye nigihugu Reply hatangura ayabashingamateka Reply ayabashingamateka bien sur que oui Reply ayabashingamateka niyo aza imbere Reply hatangura ayabanshingamateka Reply habanza ayabashingamateka kabisa Reply ayatangura mnayumukuru wigihugu Reply habanza ayabashingamateka hama ayumukuru w’igihugu Reply noe mwumva arinde abanza sumukuru wigihugu raa?? Reply hatangura ayabamenyesha makuru Reply nje nibaza ko arayabashingamateka kabisa Reply ayaba députés aza mbere yay’umukuru w’igihugu Reply hatangurab ayumukuru wigihugu Reply ayabashingamateka aza mbere kweri Reply ntimuzoyashiremo akajagari gusaa Reply hatangura ayumukuru wigihugu Reply amatora yumukuruw’igihugu niyo atangura ngira nje ntabyo nzi neza kabisa Reply Mu mwaka wa 2025 hazoba amatora y´abashingamateka hama mu mwaka wa 2027 hazoba amatora y´umukuru w´igihugu. Reply Abashingamateka nibo tuzotangura gutora Reply hatangura ayabashingamateka kweri Reply dukeneye azogende neza gusa ayatangura yose ntakibazo Reply oya nayabashingamateka atangura kabisa Reply ayabashingamateka kawaida kabisa Reply hatangura ayabashingamateka kabisa Reply hazotangura amatora yumukuru wigihugu Reply ingingo nshasha yigihugu ivuga ko hatangura ay’umukuru w’igihugu Reply hazotangura ayabashingamateka Reply nayabashingamateka aza imbere Reply hatangura ayabashingamateka Reply je numva hotangura ayu mukuru wigihugu Reply hatangura ayabashingamateka mugabo nubwo biriko ntakavuyo dukeneye Reply abashingamateka nibo batangura Reply abashingamateka Reply ayabanza nayabashingamateka kabisa Reply Abashingamateka niyo atangura Reply Mu mwaka uza wa 2025 hazoba amatora y´abashingamateka hama 2027 y´umukuru w´igihugu Reply turakwiye gusidukana iyonka tukaja gutora twese Reply Amatora yumukuru wigihugu niyo azohereza Reply hatangura amatora yabashingamateka Reply Abashingamateka Reply Abashingamateka nibo babnza hama ayumukuru wigihugu Reply Amatora azotangura naya bashingamateka kandi amatora azoba meza Reply amatora azotangura nayabashingamateka kabisa Reply Tuzohereza kuyu mukuru wigihugu cuburundi ariwe se barundi Reply kuberiki bahinduye kandi yose twahoratuyakorera rimwe? Reply kubwanje hatangura umukuru wigihugu Reply ayabashingamateka niyo aza imbere kabisa Reply hatangura ayabashingamateka Reply hatangura amatora y’umukuru wigihugu kweri Reply umukuru w’igihugu nabashingamateka nigiki gitangura??? Reply Amatora yadushwayemwo Reply Twitegure mu mwaka uza twitabe amatora yabashingamateka Reply nakahe karusho kuba amatora azoba mubiringo bibiri bitandukanye? Reply Hatangura amatora yabaserukira abarundi Reply ntayonzi ayatangura Reply umukuru wigihugu nize atangura Reply amatora azotangura nayabashingamateka kabisa Reply Abashingamateka nibo batangura Reply abashingamateka nibo batangura Reply Abashingamateka Reply Ntavya politique ngaho abatangura vyose birabareba Reply urashaka wirekere kuko bose ntaciza cabo Reply Abatugirira urukundo nibake knd aritwe tuba twabatoye Reply biragoye cane gukomeza dutanga amanota baturyarya Reply reka bitagatire babaha tubona kweli Reply amatora atangura nayabashingamateka kabisa Reply none twoca tureka kubatora ? Reply nukubatora nyene haraho tuzogwa kuwutwumvira knd atubabaye Reply jewe ivyamatora bovyihoza mutama agakomeza akazi Reply Ndibaza vyoba vyiza vyose bibereye rimwe Reply Bivana nindiganizo yigihugu Reply vyoba ari vyiza cane hatanguye gutorwa abashingamateka Reply nivyo nibamureke yitagatire vyukuri Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
Mu mwaka wa 2025 hazoba amatora y´abashingamateka hama mu mwaka wa 2027 hazoba amatora y´umukuru w´igihugu. Reply
Jewe nibaza ko Hotangura gutorwa umukuru w’igihugu
Ndibaza ko babipanga bivanye nigihugu
hatangura ayabashingamateka
ayabashingamateka bien sur que oui
ayabashingamateka niyo aza imbere
hatangura ayabanshingamateka
habanza ayabashingamateka kabisa
ayatangura mnayumukuru wigihugu
habanza ayabashingamateka hama ayumukuru w’igihugu
noe mwumva arinde abanza sumukuru wigihugu raa??
hatangura ayabamenyesha makuru
nje nibaza ko arayabashingamateka kabisa
ayaba députés aza mbere yay’umukuru w’igihugu
hatangurab ayumukuru wigihugu
ayabashingamateka aza mbere kweri
ntimuzoyashiremo akajagari gusaa
hatangura ayumukuru wigihugu
amatora yumukuruw’igihugu niyo atangura ngira nje ntabyo nzi neza kabisa
Mu mwaka wa 2025 hazoba amatora y´abashingamateka hama mu mwaka wa 2027 hazoba amatora y´umukuru w´igihugu.
Abashingamateka nibo tuzotangura gutora
hatangura ayabashingamateka kweri
dukeneye azogende neza gusa ayatangura yose ntakibazo
oya nayabashingamateka atangura kabisa
ayabashingamateka kawaida kabisa
hatangura ayabashingamateka kabisa
hazotangura amatora yumukuru wigihugu
ingingo nshasha yigihugu ivuga ko hatangura ay’umukuru w’igihugu
hazotangura ayabashingamateka
nayabashingamateka aza imbere
hatangura ayabashingamateka
je numva hotangura ayu mukuru wigihugu
hatangura ayabashingamateka mugabo nubwo biriko ntakavuyo dukeneye
abashingamateka nibo batangura
abashingamateka
ayabanza nayabashingamateka kabisa
Abashingamateka niyo atangura
Mu mwaka uza wa 2025 hazoba amatora y´abashingamateka hama 2027 y´umukuru w´igihugu
turakwiye gusidukana iyonka tukaja gutora twese
Amatora yumukuru wigihugu niyo azohereza
hatangura amatora yabashingamateka
Abashingamateka
Abashingamateka nibo babnza hama ayumukuru wigihugu
Amatora azotangura naya bashingamateka kandi amatora azoba meza
amatora azotangura nayabashingamateka kabisa
Tuzohereza kuyu mukuru wigihugu cuburundi ariwe se barundi
kuberiki bahinduye kandi yose twahoratuyakorera rimwe?
kubwanje hatangura umukuru wigihugu
ayabashingamateka niyo aza imbere kabisa
hatangura ayabashingamateka
hatangura amatora y’umukuru wigihugu kweri
umukuru w’igihugu nabashingamateka nigiki gitangura???
Amatora yadushwayemwo
Twitegure mu mwaka uza twitabe amatora yabashingamateka
nakahe karusho kuba amatora azoba mubiringo bibiri bitandukanye?
Hatangura amatora yabaserukira abarundi
ntayonzi ayatangura
umukuru wigihugu nize atangura
amatora azotangura nayabashingamateka kabisa
Abashingamateka nibo batangura
abashingamateka nibo batangura
Abashingamateka
Ntavya politique ngaho abatangura vyose birabareba
urashaka wirekere kuko bose ntaciza cabo
Abatugirira urukundo nibake knd aritwe tuba twabatoye
biragoye cane gukomeza dutanga amanota baturyarya
reka bitagatire babaha tubona kweli
amatora atangura nayabashingamateka kabisa
none twoca tureka kubatora ?
nukubatora nyene haraho tuzogwa kuwutwumvira knd atubabaye
jewe ivyamatora bovyihoza mutama agakomeza akazi
Ndibaza vyoba vyiza vyose bibereye rimwe
Bivana nindiganizo yigihugu
vyoba ari vyiza cane hatanguye gutorwa abashingamateka
nivyo nibamureke yitagatire vyukuri