October 18, 2024

Ikigo OBUHA gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE

19

Ikigo OBUHA kijejwe inyubako za Leta, gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis RWAGASORE), abavyeyi bazohora bibarukiramwo kurino tariki ya 6/12/2023.

Ikigo OBUHA kijejwe inyubako , gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis RWAGASORE), abavyeyi bazohora bibarukiramwo kurino tariki ya 6/12/2023.

abaserukira ibitaro Vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE barashima cane igikorwa c’ikigo OBUHA cabakoreye,ningene Citwararitse iyo nyubako kikaba carashoboye no kwongeramwo nibitari vyarategekanijwe munteguro yibizoba bigize ivyo bitaro,muntumbero yo gushima no gushimira cane ikigo OBUHA abarongoye Ivyo bitaro bavuga ko bagiye no kwubaka inyubako ya laboratoire kandi bipfuza ko OBUHA ariyo yoheza ikaja ku kivi mukuyubaka.

“iyo nyubako ikaba yitiriwe Abavyeyi n’Ibibondo”

KURIKIRANA KURI TV YACU IYI NKURU

19 thoughts on “Ikigo OBUHA gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE

  1. KABISA OBUHA YACU IMANA IBANDANYE KUYIKOMEZA KUMPANDE ZOSE IGIHUGU CACU NACO KIBE NKIBINDI BIHUGU VYA BURAYA NAHANDI .KOMRA KUBIKORWA

  2. Pingback: cialis otc 2016

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *