September 8, 2024

Decembre ukwezi kwibiteramo Mu gihugu c’Uburundi

16

ukwezi kwi cumi nakabiri”Decembre” n’ukwezi kurimwo ibiteramo vyinshi mu Gihugu c’Uburundi aho usanga abanyamahanga batumirwa cane mubiteramo bikomakomeye,eka n’abaririmvyi benshi baraharonkera uturaka bigatuma benshi mubakora umuziki iyo hageze ukwezi kwa cumi nakabiri basohora indirimbo nyinshi kugira bashobore kuboneka bashirwe mubiteramo bizotegurwa.

nubwo biruko hari nabandi bidoga kuko baba babona hatumirwa abanyamahanga bagahabwa uburyo bwinshi ariko bo bagahabwa amafaranga make.

hari n’ibindi biteramo bikorerwa hafi muntara zose zigize i gihugu aho usanga hari abatumiwe bahano nyene mugihugu bava muntara baja muyindi,n’abaririmvyi bataramenyekana gose bakaharonkera akanya ko kwimenyekanisha mukuja murivyo biteramo.

n’ukwezi usanga impande zose haba mu baririmbira Imana canke abaririmba ibisanzwe baba bameze magabo kugira ntiguhere badakoze ikintu narirya haba hari n’imisi mikuru ihereza umwaka.

nimba hari ahantu hoguhereza umwaka mukwiryohera mumpera z’umwaka ni mu Burundi.

16 thoughts on “Decembre ukwezi kwibiteramo Mu gihugu c’Uburundi

  1. Ikiryoshe nuko natwe abahanzi bacu babatumira guteramisha abantu nubundi bihugu aha twovuga nka kigingi ,double Jay n kirikou

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *