Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo

33

Mu Burundi uko bukuye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane. tefi water

xvxv

Mu Burundi uko bukeye nukobwije hagenda haraterimbere mubisata bitandukanye , inganda zihingura ibitandukanye nazo zamaze kubanyishi nibintu vyo kwishimira cane.

Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorere muntara ya cibitoke ca rungombo

Murugwo ruganda bakaba bahingura ibintu bitaribike harimwo nka mazi Tefi

,jus z’inanasi (jus d’ananas) gingembre, jus yatangawizi iryoshe cane mbere hakaba hari niyindi ihinguwe muburyo bwiza cane kuko ari n’umuti uvura irwara zitandukanye.

Uruganda AJENITEKAS sivyo rukora gusa rurahingura ubufu bw’Ibigori bumwe bita kaunga,agapiriri,

café mpirivuma yakanovera keza cane n’ifu y’ubuyi bwiza cane kubakuze n’abana,  umuryango wose urakoresha ubwo bufu bw’ubuyi.

Uruganda AJENITEKAS n’uruganda rukora ibintu vyiza cane kandi bikaba biri kugiciro kitavuna

kaze muri Benshi Amazi meza n’ubuzima ariyo Tefi,

ubufu bw’Ibigori bwiza(kaunga)  ama jus atandukanye kaze muri benshi hamwe na AJENITEKAS ubuzima buroroha.

BBNEWS ikaba yarashoboye kuyaga numwe mubakora murugo ruganda, bakaba bashimira cane Uruganda rwa AJENITEKAS ukuntu rwabafashije kuvaho rutanguye gukorera muntara ya cibitoke ca rugombo ,rukabakura mugashomeri nku rwaruka rukaba rushimira Uruganda AJENITEKAS.

Mukurangiza BBNEWS

ikaba yifatanije n’uruganda AJENITEKAS mukumenyekanisha (publicité ) ivyo Uruganda AJENITEKAS rusazwe ruhingura cane cane Amazi ariyo Tefi, tugirako tubamenyesha ko Amazi Tefi na mazi meza cane afise akanovera yisangije Amazi Meza n’ubuzima.

33 thoughts on “Broadcasting business news yaragendeye Uruganda AJENITEKAS rusazwe rukorera muntara ya cibitoke ca rungombo

    1. Aho mwosanga tefi ni nzira ya gukira kuko mbona abantu benshi bari kuyivuga neza umengo n’ umuti wa amaso canke w’ umutima

  1. None mubikora gute kugira abantu bakunde ibintu mupostinga je ndabakurika kbs ariko aha kwa tefi ndabemeye shaaaa turabarindiriye mu kanyosha

    1. Nikubera gusa amahera ariko arancanga nari kubarihira ticket mukansanga i muyinga nanje numve ako kanovera abandi bari kuvuga

  2. Harabatuzanira amazi bakayaduha kwibeyi yohejuru
    Muzobikurikirane rwose sivyiza habe nagato vyica urudandazwa

  3. Ndaraba AJENITEKAS ije itavyorosha kuko izanye akagufu mubandanye mutuzanira ngaha igitega
    Ese BBNEWS ikorera amajahe?

  4. Napenda sana mayi ya kwenu Burundi kabisa tayapataka nikikuya uko ku famille napenda sana tefi baba ababariki kwa upendo yenu

  5. Oui ouiiiii tefi oyee karibuni rumonge nkayamba. Birimba . Kanyenkoko tunawasubiri kwa hamu sana karibuni kwetu

  6. Niko na sachet 3 ndo inabaki napatikana bukavu munaweza kutumana huku? Mayi yenu ni mazuri 100% mungu peleka mbele hiyi tefi na baraka tele eeeeeeh baba

  7. Kabisa Tefi ujeneza cane
    Sasa mfise ikibazo kurirya tariff mwashize ngaha 16 900 na 4400 bitandukaniramajahe?
    Munsingurire kuko ndashaka kurangura vyishi

  8. Mpite pite koooote msisahau buyenzi maana ndo city ya V.I.P tusikosi maji yenu huku jaman tupeni tujinywiye

  9. Mwari mwarate kuyagirira publicité nukuri araryoshe kandi nibwo bwambere nari ndayanyoye amazi Tefi nayanyoye kwisoko mukamenge bariko baragira publicité

  10. Cibitoki iwacu ooooh yeeeee
    Ndatewe agateka nuko iwacu dufise amazi afise akanovera
    Tefi ihagaze neza cane @AJENITEKAS mwubahwe
    Mutama komezuterujambere

  11. Amazi meza cane nd’ uwambere mubantu batanguye kuyanywa kimwe gusa ni Meza kandi araryoshe reka ndabahe amashugwe yanyu

  12. Muriko murabikora neza kweri imana ibafashe mubandanye mutuzanira ibintu nkibi kbs amazi , ama juis , tangawizi vyose birakenewe mumubiri bw’ umuntu

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Verified by MonsterInsights