March 29, 2024

Amazina yanje ni steve

0

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

nkaba ndi mwihaganwa rya Best Radio Presenter Award 1ère edition yateguwe na BBnews ukaba  uri umukunzi w’ibikorwa vyanje vy’ukuri ndagusaba kuntora kugira ntahukane aka kaganuke

Mukuntora bigenda uku:nugupfonda like na commentaire kuri instagram ya BBNEWS ukongera ukaja kuri site web ya BBnews ukandika muri commentaire na like.

Ndabashimiye k’urukundo muzonyereka

Ntaciyumviro kiratangwa on Amazina yanje ni steve

Siga Iciyumviro