Bujumbura : Ibijanye no kwitwararika isuku vyifashe gute?
Inyuma yaho umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye atereye akamo abanyagisagara ku wa 10/08/2024 ko atawohirahira ngo yicare mu biro ngo akore...
Inyuma yaho umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye atereye akamo abanyagisagara ku wa 10/08/2024 ko atawohirahira ngo yicare mu biro ngo akore...
Mu gihugu c’Urwanda hagiye gutangura gutangwa urucanco “CAB-LA” rukinga umugera wa SIDA. Urwo rucanco rwemejwe n’ishirahamwe mpuzamakungu riraba ivy’amagara y’abantu...
Abakinyi boserukiye Uburundi mw’ihiganwa ry’abatarenza imyaka 17 rizobera muri Uganda basanzwe benshi barenza imyaka 17, ivyo navyo bica bitma Uburundi...
Umutama Abdoul Hussein, abenshi bakaba bamuzi kw’izina rya Duruduru, muri uyu mwaka wa 2024 yakwije imyaka 94 kuko yavutse mu...
Igikoresho Snapshot, ni gikoresho gikoreshwa mu gupima no kuraba ingene ibiharuro (les statistiques) bitangwa haba mu Burundi no mu bindi...
Dufatiye kw’ihangiro nyamukuru ry'inama ihuza abanyamitahe n’abafashanya na Reta y’Uburundi, yatanguye kuri uyu wa 5/12/2024, kwari ugusigurira abanyamitahe mvamakungu ivyiza...
Microfinance COJEB (Coopérative des Jeunes Entrepreneurs Burundais), ni ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana, risanzwe rikorera mu Rubirizi muri Komine Mutimbuzi...
Inzego za Reta zitegerezwa gukora uko zishoboye kose kugira ngo amahera ya Reta ntaze araherera ku bantu bamwe, amahera aherera...
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 5 Kigarama 2024, mu Burundi hatanguye kubera inama idasanzwe ihuza abafasha Uburundi mw’iterambere n’abanyamitahe ...
Kuri uyu wa 5 Kigarama 2024, inama nkenguzamateka y’Uburundi, ihejeje kwemeza Général de brigade Ninteretse Joseph nk’umugenduzi mukuru w’igipolisi mu...