Amakuru Business Ibidandazwa Imyidagaduro Inkuru nshasha Bihejeje kumenyeshwa na Primus Burundi 12 Biremezwa neza ko , finale ya #PRIMUSIC2023 itazoba isanzwe 🔥🎶🔥 Ca gihe twese twari turindiranye igishika cageze Biremezwa neza ko , finale ya #PRIMUSIC2023 itazoba isanzwe Duhurire twese i Gitega, kur’uyu wa mungu itariki 30 kuri Stade Ingoma Continue Reading Previous Igenekerezo rya 24/07/2023 Niho umuririmvyi D-ONE 257 yaramutse agaruka mugihugu c’iwe camavuko aho yaraje ava mugihugu kibanyi ca TanzanieNext Amwe Mu Masanamu ari Mu Ndirimbo Igiye Gusohoka ya @wiz.designer arikumwe Na @kenny_sol More Stories Amakuru Breaking News Health Inkuru nshasha Politics Ubumwe bwa Afirika (UA) buvuga ko “burajwe inshinga” n’ukwiyonkora kwa Leta zunze ubumwe za Amerika mwishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS 31 Amakuru Breaking News Ibigezweho Inkuru nshasha Politics RDC : Abashinwa baraye bafashwe muri reta iharanira demokarasi ya Congo bafise inzahabu na $ 800 000(cash) 163 Amakuru Breaking News Entertainment Health Ibidandazwa Imyidagaduro Politics Technology Travel Ubuhinga Ng’ibi ibintu 5 nyamukuru vyavuzwe mu kiganiro c’umukuru w’igihugu n’abenegihugu? 150 Amakuru Ibidandazwa Technology Ubuhinga Reta y’Uburundi izotwara ibice 20% ku butare buzimbwa mu Kirundo 145 Amakuru Ibigezweho Imyidagaduro Inkuru nshasha Merry Christmas! 9 Business Yagiye gupakirira abantu ahatari igituro kugira abarihishe menshi igipolisi kiba cahashitse 68 12 thoughts on “Bihejeje kumenyeshwa na Primus Burundi ” I will be there Reply Tuzoza kwirabira gose Mugabo ayomahera nimeshi mugabanye Reply This summer🌟🔥🔥Tuzihashika Reply Tuzohashika Reply Tuzohashikaa🔥🔥 Reply Ayo mahera ni makee cane ntawosiba Reply Bruce mélodie mû burundii🔥🔥🔥 Reply Ayo mahera yari make nuko gusa babisize ruguru Reply Kirikou akili & Bruce mélodie🔥🔥 Reply Kuberiki barinze kuzana Bruce mélodie natwe dufise abasani babizi aha mû burundi Reply This summer is soo hot 🔥🔥🌟 Reply Welcome Bruce melody Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
I will be there
Tuzoza kwirabira gose
Mugabo ayomahera nimeshi mugabanye
This summer🌟🔥🔥Tuzihashika
Tuzohashika
Tuzohashikaa🔥🔥
Ayo mahera ni makee cane ntawosiba
Bruce mélodie mû burundii🔥🔥🔥
Ayo mahera yari make nuko gusa babisize ruguru
Kirikou akili & Bruce mélodie🔥🔥
Kuberiki barinze kuzana Bruce mélodie natwe dufise abasani babizi aha mû burundi
This summer is soo hot 🔥🔥🌟
Welcome Bruce melody