Reta y’Uburundi yaramaze gufata ingingo yo kurondera umufatanyabikorwa kugira haboneke indege zishobora kwitirirwa “Burundi Airlines”
Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo gutwata abantu n’ibintu, Marie Chantal Nijimbere, yavuze ko gushika ubu Reta y'Uburundi imaze gufata ingingo...