#Burundi : Kur’uyu wa kane itariki 6 ukwezi kw’indwi niho abariko baratunganya igiteramo “Isabukuru Dukunde Uburundi” bahaye ikiganiro abamenyeshamakuru.
Ico giteramo citiriwe "Isabukuru Dukunde Uburundi" akaba ari iciyumviro cazanywe n'umuririmvyi adasanzwe w'umurundi August Burundi, asanzwe aba muri Reta zunze...