Amakuru Breaking News Entertainment Ibigezweho Ingenzi Inkuru nshasha King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE 4 King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE, avuye muri Dubaï aho yaramaze iminsi 15 ariko aratunganya ibijanye n’akazi kiwe k’umuziki. Ikintu nyamuku cari camujanye cari igiteramo co guhimbaza imyaka 61 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira. Abantu batari bake nibo baje kumwakira, bazananye n’ivyapa bimwanditsweko Post Navigation Previous IMPRIMERIE IJE ITAVYOROSHA MU GISAGARA CA BUJUMBURANext Burundi: Umwami yashingurwa gute? 4 thoughts on “King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE” The king come back Reply Burundi to the next level Reply Sat b imberecane Reply Mutoto wa buja turakwemera Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
The king come back
Burundi to the next level
Sat b imberecane
Mutoto wa buja turakwemera