KICHECHE KUVA MU GIHUGU CA TANZANIYA KUNCURO YAMBERE MU BURUNDI
Inyuma yo kumva Abarundi Benshi bavuga ko bipfuza kubona KICHECHE aje mu Burundi BBNEWS ntiyatanzwe mu gushikana indoto za benshi...
Inyuma yo kumva Abarundi Benshi bavuga ko bipfuza kubona KICHECHE aje mu Burundi BBNEWS ntiyatanzwe mu gushikana indoto za benshi...
YOU DONE IT indirimbo shasha , Inkuru nshasha yerekeye umuziki wa gospel ,kuruyu wakane itariki imwe (1) ya ruheshi aho...
Igikorane kidasanzwe citiriwe haguruka ukayangane ico gikorane cabereye kumusenyi wa bubanza, mwishengero The Image of Christ Church kumagenekerezo ya 26-28/5/2022...
Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka impumyi zigahumuka kaze mu gikorane kidasanzwe categuwe nishengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI irongowe na...
Restaurant yambere nziza mugisagara ca Bujumbura ntayindi atari La Vida Plus Restaurant,Aho twaramutse tugendera Restaurant ikora neza nayo siyindi ni...
Ihiganwa ryakataraboneka mu Burundi hamwe nishirahamwe BROADCASTING BUSINESS NEWS (BBNEWS) …..uko bukeye uko bwije haraboneka impinduka idasanzwe mubuhinga n’utugenegene mu...
Mubona Intambamurugamba zizoshikana Uburundi muri CAN?Mukiringo c'ukwezi kumwe konyene niho hategekanijwe urukino ruzohuza umugwi nserukiragihugu #Intambamurugamba n'umugwi wo mu gihugu...