April 19, 2024

EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

2

Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka kaze mu gikorane kidasanzwe categuwe nishengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI irongowe na BISHOP IRAMBONA Desire ,aho babateguriye igikorane co kubohoka no gukira ijambo ryurufatiro ni 

: Igihe c’IMANA yesaya 60:22 bakaba batumiye abakozi b’IMANA bagiye batandukanye bo muri k’iguhugucacu c’UBURUNDI ndetse no hanze y’igihugu ca Republika iharanira Demokarasi ya Congo.

Hakaba hatumiwe abakozi b’IMANA basizwe amavuta kandi bakomeye cane ndetse nabaririmvyi bafise ingabirano zikomeye nka :

RIZIKI, JOTTA , JOSELYNE, Jean Paul VULA, ndetse na PROPHETE MAGALI hamwe nabandi nka ;

  • Faith Generation
  • Couple CHRISTIAN
  • Natasha Vula Vula
  • John Patrick
  • The Young Of Glory
  • Chorale EAC Bwiza ni kuruyu w’IMANA igenekerezo rya kane (04) Ruheshi 2023 bikazoba isaha umunani (14h00).

Bikazobera kwishengero APOSTOLIC  FAITH  MISSION  mu BURUNDI irongowe na

BISHOP IRAMBONA Desire iri mugisagara ca Bujumbura, Komine Ntahangwa, Zone Kamenge, Quartier Mirango 2,kwibarabara rya cumi nagatanu iruhande ya kaminuza SAGESSE D’AFRIQUE Campus Kamenge .

Kubipfuza kwatura,gukira indwara ndetse no kwakira imigisha murahawe ikaze mu gikorane cakataraboneka categuwe ni shengero APOSTOLIC FAITH MISSION mu BURUNDI rirongowe na

BISHPOP IRAMBONA Desire.

Abipfuza kutwakura ni : +257 79 86 60 27

                                      +257 68 25 06 62

Kaze kaze IMANA ibahe umugisha..

2 ivyiyumviro on EGLISE  APOSTOLIC  FAITH  MISSION OF BURUNDI, Wari bwabone aho ibimuga bimuguruka  impumyi zigahumuka! kaze mu gikorane kidasanzwe

    Irambona
    May 31, 2023

    Murakoze kubikorwa vyiza cane mutumenyeshejee

    0
    0
    Violette
    May 31, 2023

    Murakomeye kudutumira

    0
    0

Siga Iciyumviro