The Voice of Dance Competition,ihiganwa ry’akataraboneka mwateguriwe na BBNEWZ
Voice Of Dance Competition ,ni ihiganwa ryakataraboneka hano mu Gihugu cacu aho rizohuza imirwi yabatamvyi (danse Moderne) itandukanye kw'itariki 26/01/2024...
Voice Of Dance Competition ,ni ihiganwa ryakataraboneka hano mu Gihugu cacu aho rizohuza imirwi yabatamvyi (danse Moderne) itandukanye kw'itariki 26/01/2024...
Iyo nzira ya gari ya moshi ikaba igiye kuzohuza Uburundi, Tanzania na Congo Kandi uyo mugambi ukaba ugiye Kuba inkingi...
............................................... Ishengero *KABODI DELIVERANCE TEMPLE* riri n'iteka ryo kubatumira mu gikorane cimisi itatu y'ubwiza citiriwe *LA SAISON DES OUBLIES* aho...
Ikigo SMEC catanguye gukora mu mwaka w’i 2019 kikaba kimaze kuragura ibitari bike mu nyigisho z’urwaruka n’abakuze . Catangujwe n,abahinga mu...
ukwezi kwi cumi nakabiri"Decembre" n'ukwezi kurimwo ibiteramo vyinshi mu Gihugu c'Uburundi aho usanga abanyamahanga batumirwa cane mubiteramo bikomakomeye,eka n'abaririmvyi benshi...
mugihe hamaze igihe kinini hibonekeza ikibazo c'ibura ry'igitoro,mu Burundi eka no mubindi bihugu,abantu benshi bamaze kumenyera kugenda n'amaguru aho usanga...
OLIKINGPRO: Umumenyeshamakuru (Igicu Fm) akaba n’uwutunganya amashusho (OLIKINGPRO)yatuganiriye vyinshi kuvyerekeye urugendo rwiwe rwogutangura guhinyanyura amasanamu munyuma akaba numumenyeshamakuru,yatutagiye vyinshi kuvyerekeye...
Urwaruka n'amashirahamwe akoresha umuhora wa Internet mukwiyungunganya,barasaba ko hokwirwa ingene umuvuduko wa internet wokwongererezwa ivyo bigatuma,benshi mubakoresha imbuga hwaniro canke...
Umuririmvyi Dadju mugiteramo ciwe I Bujumbiura vyamenyekanye ko Big Fizzo n'abandi batari bake harimwo na Kigingi,R FOW,MONNA WALDA,Ice Vania,hamwe na...
Ikigo OBUHA kijejwe inyubako , gihejeje gushikiriza inyubako yubatswe kubuhinga bwa none Ibitaro vyitiriwe Umuganwa Rudoviko RWAGASORE (Clinique Prince Louis...