Amakuru Breaking News Entertainment Ibigezweho Ingenzi Inkuru nshasha King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE 4 King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE, avuye muri Dubaï aho yaramaze iminsi 15 ariko aratunganya ibijanye n’akazi kiwe k’umuziki. Ikintu nyamuku cari camujanye cari igiteramo co guhimbaza imyaka 61 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira. Abantu batari bake nibo baje kumwakira, bazananye n’ivyapa bimwanditsweko Continue Reading Previous IMPRIMERIE IJE ITAVYOROSHA MU GISAGARA CA BUJUMBURANext Burundi: Umwami yashingurwa gute? More Stories Amakuru Breaking News Health Inkuru nshasha Politics Ubumwe bwa Afirika (UA) buvuga ko “burajwe inshinga” n’ukwiyonkora kwa Leta zunze ubumwe za Amerika mwishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS 31 Amakuru Breaking News Ibigezweho Inkuru nshasha Politics RDC : Abashinwa baraye bafashwe muri reta iharanira demokarasi ya Congo bafise inzahabu na $ 800 000(cash) 163 Amakuru Breaking News Entertainment Health Ibidandazwa Imyidagaduro Politics Technology Travel Ubuhinga Ng’ibi ibintu 5 nyamukuru vyavuzwe mu kiganiro c’umukuru w’igihugu n’abenegihugu? 150 Breaking News Health Azerbaijan : Abantu barenga 30 baraye bahitanywe n’isanganya ry’indege 112 Breaking News Health Ubuzima America : Umuryango w’abarundi 6 baraye bapfiriye rimwe mw’isanganya ry’imodoka 108 Amakuru Ibidandazwa Technology Ubuhinga Reta y’Uburundi izotwara ibice 20% ku butare buzimbwa mu Kirundo 145 4 thoughts on “King Sat-B ahejeje gushika ku kibuga c’indege mpuzamakungu Melchior NDADAYE” The king come back Reply Burundi to the next level Reply Sat b imberecane Reply Mutoto wa buja turakwemera Reply Leave a Reply Cancel replyYour email address will not be published. Required fields are marked *Comment * Name * Email * Website Save my name, email, and website in this browser for the next time I comment. Δ
The king come back
Burundi to the next level
Sat b imberecane
Mutoto wa buja turakwemera