Ni iyihe mvo nyamukuru yo guhagarika vy’imfatakibanza ihiganwa “Irebe Best Influencer Award”?
Inyuma y’umutaga wo kuri uyu wa 15/10/2024, Linda Bushasha, umuyobozi mukuru w’iradiyo Irebe FM ari nayo isanzwe itunganya ihiganwa “Irebe Best Influencer Award” yatangaje ko hagaritse vy’agateganyo iryo higanwa kubera ikibazo c’ubuhinga. Imvo nyamukuru yatumye iryo higanwa rihagarikwa n’uko habaye ibibazo vy’ubuhinga vyiyadukije, ngo babonye bimwe mu bimenyetso vy’abagizi ba nabi mu bijanye n’ubuhinga ngurukanabumenyi, bafise intumbero yo kwonona ico gikorwa c’amatora.
Iryo tangazo risohotse inyuma y’aho bamwe mu bari mw’ihiganwa n’abakunzi babo bari batanguye kwidoga ko bitariko birakunda ko batora, bakikeka ko hashobora kuba hariko haraba ubusuma.
Ubwo buyobozi bwasavye imbabazi abari mw’ihiganwa, abakunzi babo ndetse n’abarundi muri rusangi kubera bamwe batigeze bamenya ikibazo cabaye. Ikindi ngo n’uko bipfuza ko amatora aba ku mugaragaro. Bagasaba abari mw’ihiganwa bose kurema.
Musomyi nawe hari amakenga wari wagize?
none iryohiganwa barihagaritse kuberiki konumva bidasiguritse
bifashijiki iterambere ?
bbnewz mikomerezaho kabisa murimukazi cane
mugabo murakwiye kujamurakora inkuru zicukumbuye
nivyo bizotuma ikimenyesha makuru canyu giterimbere
usanga media zongaha iwacu iburundi zandika ibintu bisa
Jewe sintahura nanj impamvu
ABO BASHAKA KUDUHUVYA GUSA NTAKINDI
Jewe ndatangazwa n’amahiganwa nkayo
Nakare nibitwara amahera gsaa
Nihatari kln
Harakwiye gusubizwaho iryoo higanwa vyihuta
Ivyoo bintuu ntibitahuritse
Nisawa nakare vyatwara amahera
imvo yabitumye niyihe??
Iryoo higanwa ryatanguye ryri ?
turakeneye ikiganiro nuwo yari yariteguye
Ayo makuruu aranryoheye kabisa
Ayo makuruu aranryoheye kabisa
Ivyo bintu ntabishsh mutubwiye kbsaa
Wosanga ataburyo bafise bakaca baba baratubesha
Aho vyabananiye nibatereke hasii
Vyabaye kuwamazi nimutange imihoho
za mukora ibintu muzi ko muzobiheza
Aaaah barazi kubisha ibintuu kln
Shn nkazopfa nsubiye nokubumviriza amatwii yanje azoce acika
En tout cas ndabashimiye kln
murakabona mubihagaritse kln
Ariko vrema irebe FM ntaco mumaze
noe ngaho muvuziki iyo mupfuma munuma
Muratubihirije umunsii kabisa
nisawa canee
Tubwire ico kibazoo mureke kwikausha
nyamba mwabuze amahera kln
Oya ivyo ntivyumvika nagato
mutubwire tubaterer bsii
Aramahera mwabuze turihano kubwanyu
birabasha eo
Muzoca muvyirabana eo
noe mwashaka batsindwe bareke bibe
Atii ubusuma bwamatora ja hiyo Shn ja hiyo
bsii mutubwire igihe bizosubira kuberako
murakeye shn nimukure amajambo
nimwitegure shn muduhe ibintu vyamavuta
ivyo nibiki mudukoreye vrema
Twari turishashayee pee muga ntakundi kln
Nimwitonde nakare ntivyihuta kln
Nakare bwarubusuma nyn muzokoresha my shake mubihebe
Murabasuma turabizi ko nogutora hazpkora ubusuma kabisa
ivyo bintu nimuvyitondeko kln
Murabuze ivyo muvuga kabisa