SOPEBU : Abafise ama moto basabwa kwongeramwo urudome “A” mu kwandikisha imparati zabo
Ikigo kijejwe ivy’igitoro mu Burundi, SOPEBU, camenyesheje ko hamaze kuboneka akanenge kajanye no kwandikisha imparati z’ama moto, aho usanga asangiye ibiharuro n’imparati z’imodoka. Kuva ubu, basaba ko abafise imoto, iyo bariko bariyandikisha boza barongeramwo urudome “A” hagati kugira bashobora kubatandukanya n’imodoka.
Batanze akarorero ko, nk’imoto ifise imparati LA1111 boca bandika LAA1111, ni ukuvuga ko bongeramwo urudome A kungendeshwa y’imoto gusa, imodoka plaque iguma kurya nyene.
Rusasement
Hama Bongeyeko Urudome A baca babaha igitoro cinshi
Ahubwo nibashiremwo A B C D E F ahubw bashiremwo nigi chinois
Kubera Iki ? None kumodoka ataco bahindura ?
Ayo makuru mubisanzwe nkumuntu atari umu motard cank adafise i moto bimufasha iki ?
Iryo shirahamwe None rikorera hehe jewe ndifuza kuhamenya ico ndabibariza
iciyumviro nico vrema
Nzobee ndaba iyo bizota umutwe ivyo bintu kbsa
Nibaze ko bazotwuzuriza arikoo?
Iciyumviro kirashe kabisa
Ivyo bintu nje simbona ico bizodufasha nkrii
Harakwiye kwongerezwa iminsi kabisa
Ivyo bintu ntakamaro tubandanyee tunywesha ukoo twahora
Harakwiye gusubirwamo iyirwa ryo gutanga igitoro kuko iyo ngingo siyo
Harakwiye gusubirwamo iyirwa ryo gutanga igitoro kuko iyo ngingo siyo
turipfuza adresse yiryo shirahamwe
noe nkivyo nibiki kln
SOPEBU hejuru cane
BBNEWS muri kukazi kabisa muraduha inkuru ziryoshe cane
turabashimiye cane
nivyo gushima cane
inkuru muduha ziraryoshe cane
mubishire aba motard gsaa
igihugu cyuburundi mugeze kure pee
mbega akazi SOPEBU iriko irakora
Nje simbona ivyo murimwo ahubwo
ivyo bizomara umwanya urume rumara kln
ntaco nokongerako mwiyo ngingo nziza ya SOPEBU
SOPEBU mbe yajeho ryri?
ayo makuru muyakurahe ga BBNEWS
iyo SOPEBU niyahee?
GO AHEAD BBNEWS
mbe ivyo bintu vyaratanguye ?
Hama nama moto gusa ama bajaji nayo?
nibashiremo ibiharuro apana indome
ico ciyumviro kirafasha mwiterambere ry’ i gihugu noe ?
bigume uko vyahora?
komera cane gose
hama bamwe bahora banywesha mumabido bizoca bigenda gtee?
bizogabanya cane ubusuma bubera kuma station kabisa
umugambi ndawushigikiye ijana kw’ijana kln
Nanje uyu mwaka ntuzohera ntaguze imoto
Bajaj zozo ntanakimwe bazivuzeko